Mr Nobody Pushi

Mr Nobody Pushi music and news sport trending

23/04/2025

Bamwitwa Yvan Gounai umwanditsi windirimbo protector simbira kuri you tube wandike PRotector by yvan Gounai mumuteze Imbere tubaye turabashimira cane murakoze🙏
Mr Nobody Pushi

15/04/2025

Yandirimbo igire isohoke nukuri bizobakwegera ndasubiyemwo ñukuri bizobakwegera
Bizobakwegera by MB MBOY

06/03/2025

Sinovyandika vyose ngo ndabimare niwamuhungu wanyu ñyene yagarutse indirimbo yitwa MPAYOMAKURU by MB BOY iyo ni coming soon ya video mumisi mike mwitege video yose mune muraja you tube mube mura following àkazi karatanguye tubaye turashima murakoze cane
Mr Nobody Pushi
Sat-B
El key tv
Audifax promoteur
Kubesha wewe👆👆👆

Ikreem umuziki ucumwita MB BOY avuka muntara yakayanza nkibisanzwe hamwe hava abahezagiwe abanyempano bamwe bavukana ama...
01/03/2025

Ikreem umuziki ucumwita MB BOY avuka muntara yakayanza nkibisanzwe hamwe hava abahezagiwe abanyempano bamwe bavukana amashuri 6 afise impano yo kuririmba umwandiysi windirimbo MPAYOMAKURU aragarutse Yari yarabahaye agahenrwe none ariyiziye afise ingoma nshasha Ubu tuvugana arîko ayîkorera amasanamu BOy numwana akiri muto arîko afise impano NKIYIWANJE 😃😉 dukunde ivyiwacu genda you tube wandike MB BOY baraguha ibikorwa vyiwe vyose murakoze cane🙏
Mr Nobody Pushi
promoter
Sat-B
by
,ISONERE,KUBESHA WEWE👆

Ukaba  uri umunya KAYANZA ukaba ukunda urubuga rwa MR nobody PUSHI nguyu ni Nimero 5 yitwa PHILLIPINIA iradukunda azi gu...
22/12/2024

Ukaba uri umunya KAYANZA ukaba ukunda urubuga rwa MR nobody PUSHI nguyu ni Nimero 5 yitwa PHILLIPINIA iradukunda azi gutambuka neza nkaba MISS azi kunyonza igisusu nkaba MISS azi kuvuga neza igifaransa azi kuvuga neza icongerezà azi kuvuga neza iringara Iki corea eka n vyose rero mumutore nimba mushaka iterambere mu ntara ya KAYANZA
motivation

Guys ukaba uri urumufana wumupira wamaguru ndagutumiye hari match izoba iryoshe ndakubwiye ko utaje uzoba uhomvye waburu...
03/11/2024

Guys ukaba uri urumufana wumupira wamaguru ndagutumiye hari match izoba iryoshe ndakubwiye ko utaje uzoba uhomvye waburumukobwa cânke umuhungu cânke umugore cânke umugabo uratumiwe ni Kuri stade mwikambi match ihuza CITY BOYS yo M kayanza na NGOZI INFLUENCER isaha 14h top izoba yatewe iteka NUMU BOS wahano mu ntara ya KAYANZA bamwitwa CHICHARITO nuwundi yitwa BOSS VICENTI mwese muratumiwe kuko biryoshe cane nimuze dushigikire CITY BOYS yacu
Tylo Sixer Demana
@ Mr Nobody Pushi

Abafana bacu ba Real Madrid muvyerekanire muri comment
26/10/2024

Abafana bacu ba Real Madrid muvyerekanire muri comment

Hbd bro uronke àmahoro namahera 🙏🙏😋🤞
15/10/2024

Hbd bro uronke àmahoro namahera 🙏🙏😋🤞

Ejo 11h30 min ndabereke umupfumu yarôze Tylo Sixer Demana nuburozi iyo yabukuye
07/10/2024

Ejo 11h30 min ndabereke umupfumu yarôze Tylo Sixer Demana nuburozi iyo yabukuye

bakunzi biyi page ya Mr nobody PUSHI turabasavye mwinjire mur link muzoba mukoze mudutezimbere tubaye turabashimira😎😎😎
27/09/2024

bakunzi biyi page ya Mr nobody PUSHI turabasavye mwinjire mur link muzoba mukoze mudutezimbere tubaye turabashimira😎😎😎

Song:BAkundikiWhiten:dully-kAudio production:CB musicDirector:Riz bColor:RiZ bRocation:olimpique and RuzibaStory:Ally pro ✔️✔️

Sat-B yamye arumuririmvyi Azi gukorera kumwanya kandi neza mubihari ariko ikibazo aba DJs naba MC Baramwiciye kenshi ten...
27/09/2024

Sat-B yamye arumuririmvyi Azi gukorera kumwanya kandi neza mubihari ariko ikibazo aba DJs naba MC Baramwiciye kenshi tention kubera ishari gusa nizere yuko ubu hagize umuntu yitambika uyundi mwiterambere ryiwe nzoba ndamubona nzomwirasira simu miziki gusa nomubindi vyose nakare Nico inkoho igihugu kizigurira injira mwiyo link ndàz uràza kunshimira niwaheza kurana plz muzob mukoze 👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉
https://youtu.be/V00HjBcylqE?si=0ePmIBuzsp1A0BDm

Address

62887973
Dar Es Salaam
RENE+G

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr Nobody Pushi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share