
01/08/2025
🇧🇮❤️ Abajejwe umutekano bari kukivi
🔹 Bagiye *gukomeza gufata no guhana* abunguruza abantu *bapakira abarenze*, bigatuma haba umutekano muke wuruza nuruza.
🔹 Bagomba kandi *guhana abunguruza abarenza ibiciro vyagenwe na Reta*, bagasaba amafaranga adakurikije amategeko.
🔹 Ntibazoreka n’abacuruza urudandazwa rwo mukinwabu *ibinyobwa birengeje ibiciro vya Reta*, canke abanka gukurikiza igiciro cashinzwe na reta.
⚠️ Ibi ni mu ntumbero yo gukingira ubutunzi bw'igihugu nabanyagihugu no gushigikira *ubuzima bwiza, ubutunzi n’iteka ry’igihugu.*
🚸*Turajwe ishinga n’uko amategeko yubahirizwa.* N’uwundi azi abahonyanga amategeko mukutubahiriza amategeko nabimenyeshe ababijejwe, arashobora gutanga amakuru ku nzego zibijejwe.
Musomyi uvyakiriye gute? Ntiwibagire gukora follow kuri Bayaga Story