Aimable OnceAgain

  • Home
  • Aimable OnceAgain

Aimable OnceAgain The big strong

20/04/2026
12/01/2026
KINO KINTU NDAGIHANURA KWANZA ABAHUNGU!!Mwabahungu mwe, Ukaba ufise indoto zukuba Umukire irinde bino Bintu 4 ngiye kuku...
26/09/2025

KINO KINTU NDAGIHANURA KWANZA ABAHUNGU!!

Mwabahungu mwe, Ukaba ufise indoto zukuba Umukire irinde bino Bintu 4 ngiye kukubwira!!

1-IRINDE KURONGORA HAKIRI KARE!
Umugore nabana uzovyara bizogutgwara hafi 1/2 Cakanya wari gufata hamwe nivyo wotunze ukabimuhongako kandi acagutesha umutwe

2-IRINDE GUHA AMAHERA YAWE ABAKOBWA
Ntawahungiye Munyo yagarutse amahoro, Abakobwa beshi nibinebwe, ufise ihera bishaka kwariwe ubitunga navyo bigukangisha UMUPURI, Muhu ufise ihera UMUPURI UZOWAMAKO, Ariko ntiwemere uwukubuza kwiteza imbere agukangisha UMUPURI, Ntukarongore numukobwa aziga uburamuko kuri wewe gusa,

3- WIRINDE KUGURA IBIHENZE NGO WEMEZE ABANTU,
Umaze gushaka kwemeza abantu ucugura nibitari ngombwa ugasesagura amahera,

4- YUUUUUUUUU WIRINDE ICITWA KWAMA MUMASENGESHO UBIKORANE NA MISA,
Ntawigize umukizwa wa cane yigeze aterimbere, umwanya ubimaramwo ntakandi kanya uzoronka kukwiteza imbere, Senga hama wiruke ninoti,, Ntabwo Imana izoguhora gushaka inoti nimba wiyubaha!!.
----
KUBASORE NABAGABO NABO BARI MURI DIASPORA NGIZI IMPANURO ZANYU,

1- KIZIRE KIZIRIRIZWE GUKUNDANA NIGITSINAGORE KIRI MURI AFRICA, 98% MURIBO NTANURUKUNDO RURI KURI ZERO BABAFITIYE,

Uri Muri Diaspora ugakunda umukobwa ari muri Africa 90% yabo Bose baremera naho wobusa nabi, Nhumusaba UMUPURI Araguha nibike atakwereka ushaka ariko nawe abaziko umutamwo i DOLLARS,

Ariko aho bitangarije ni aha
1-Uhagaritse kumurungikira i Dollars na WAMUPURI Ntasubira kuguha abahagaritse,( IKIMENYETSO KO ASHAKA AMAHERA YAWE
2- BOSE Iyo bagiriwe ibakwe akaja hanze Ntuzokwongera kumuronka, Numusaba wamupuri azokubwira ko IVYO ATARIVYO BIMURAJE ISHINGA, Ntamukobwa agera hanze ngo yongere kukugirira bimwe yakugirira akiri muri Africa!!

Uwumva ko mubeshe narindire uwo bakundanye agereyo azoba ambwira, kandi uwumvako mubeshe NAHAGARIKE Guha amahera uwo mukobwa urabe ko mumezi abiri azosubira no KUGUHA KAGAFOTO YAMBUYE🤣🤣🤣🤣, NEVER!!

That its why Mbahanura ngo SHAKA IHERA! Urishaka urikorere! numara kur

03/08/2025

Mbayahaga yabeshe ntitwemeranya nawe. Irya video wabeshe .. ati ngwiki???

  Shabani Nimubona ku musi wa mbere w'ibikorwa vy'Inama Shingamateka yavuye mu busuma bwo ku wa 05.6.2025.Iyi Nama Nshin...
30/07/2025

Shabani Nimubona ku musi wa mbere w'ibikorwa vy'Inama Shingamateka yavuye mu busuma bwo ku wa 05.6.2025.

Iyi Nama Nshingamateka y'uno mwaka ikwiriye kwitirirwa Shabani Nimubona, maze mu mateka y'Uburundi bakazibuka aho Evariste Ndayishimiye yagejeje igihugu kugeza aho umwicanyi rurangiranwa, atagira n'amashure yo gutahura ibuvugwayo, ahabwa iteka ryo kwitwa "honorable". Shabani Nimubona ni icumu rishinze mu mitima y'imiryango myinshi yanyururije abayo batigeze basubira kuboneka, yiciye abayo canke abo yaboreje igufa.

Shabani Nimubona "Honorable" ni "Déshonneur national".

Kazi muri Parlement Shabani Nimubona !

📷 Ifoto ya Iris News

🔴😅😅😅😅UYU MUSI NAHO, NDABAZANIYE ISURA, I PHOTO YA   SE WA   !!⏹️Ivyamuranze mubuzima bwiwe akiri muzima kuri ino si [kuk...
30/07/2025

🔴😅😅😅😅UYU MUSI NAHO, NDABAZANIYE ISURA, I PHOTO YA SE WA !!

⏹️Ivyamuranze mubuzima bwiwe akiri muzima kuri ino si [kuko yaritavye Imana mu 2016].

Uwu mutama mubona niwe benshi bemeza ko yoba ari we se wa Pacifique Nininahazwe, akaba yari yitwa .
[Ayandi mamuko baha Pacifique, nayonyene nzoyabasangiza kuko nayabwiwe n'abandi benshi sinoyirengagiza!]
Amamuko yuyu se wiwe; ntiturashobora kuyaronka neza; kuko abantu benshi batubwiye ngo batanguye kumubona mu ntara ya kera ya ahaje kuhaba nk'icaduka, guhera mu myaka ya 1980.
Ariko abaduhaye amakuru batandukanye, batubwiye ko Se wa Pacifique Nininahazwe Dururu yoba afise amamuko yiwe mu Ntara ya hafi y'igihugu c'Urwanda hariya za !
N'ikimenyamenya, ngo icerekana ko yamuka iyo za ; uwu mutama ngo yarabaye umwanditsi n'umubitsi w'ama dossiers y'Imanza za Sentare benshi bitwa .
Uwu ngo ubwa mbere, yari umu Greffier wa Sentare nkuru ya Kayanza!
Ngo yari umuntu yavuga amajambo menshi bari baciye bamutazira akazina k'ubuhizi ka kuko yarangwa no kuvuga amajambo menshi aho yaba ari hose.
Umu greffier mubisanzwe, aba ari nk'umu Secrétaire; umushinguzi, [ barya bantu nyene iyo Planton yagwaye canke atatonze kukazi] aca aba ari we akoropa mu Bureau aba Chefs batarashika, kuko nta mashure ahanitse baba barize!
‼️Abantu rero ngo bagiye gutangara bumvise ko DURURU asigaye arongoye Sentare yo mu ntara ya Makamba, Commune Kayogoro kandi atize kandi agatwara Sentare yaho atanavuka!
De KAYANZA à KAYOGORO, vyagenze gute??
Ntimwibaze vyinshi, ico gihe ngo vyari ibintu bitangaje cane, ariko vyarabaye; yaho umu greffier [umukarani] acika umukuru wa Sentare mu mwanya muto!!

🟣Vyaramworoheye gutwara no gukingirwa, kuko ico gihe hatwara igikenye c'Igisirikare n'iki gendarme kuko Igihugu catwarwa n'umugambwe w'abatutsi ari wo .
Nayo na , bari abanywanyi b'uwo mugambwe bakomeye gose!
Amaze gutwara Sentare, ngo yar

🔴UKURI NI UKWAHE KURI  ?Inyuma y'Ubwicanyi bw'agahomerabunwa bwakorewe   mu Burundi bukozwe n'Igisoda c'abatutsi bwabaye...
29/07/2025

🔴UKURI NI UKWAHE KURI ?

Inyuma y'Ubwicanyi bw'agahomerabunwa bwakorewe mu Burundi bukozwe n'Igisoda c'abatutsi bwabaye muma Komine abiri mu 1988 ahitwa muri NTEGA-MARANGARA; abahutu baciye bavyura umugara, bandikira amakungu bayabwira ivangura bariko bakorerwa ku kenge tutsi.
Niho Intwaro ya yaciye yiyumvira uko yohuma amaso amakungu; ica iraba ukuntu yoza irashira mu nzego zimwe zimwe ubundi bwoko!
Niho rero nyina wa Pacifique Nininahazwe yaca agenwa n'umugambwe kuba umushingamateka aserukiye ubundi bwoko atari ubwo abatutsi!!
Nyumva neza, nyina wa Pacifique Nininahazwe yarabaye umushingamateka aserukiye ubundi bwoko atari ubwo abatutsi ku ntwaro ya Buyoya!!
rero naze ngaha atubwire ubwo bwoko nyina wiwe yaserukiye ico gihe; kuko n'ibindi vy'akahise mpora mbona avyandikako!
Yaserukiye abatwa canke abahutu?




!

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Aimable OnceAgain posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share