NIYO MEDIA

NIYO MEDIA Update news

Guess the country
11/12/2024

Guess the country

Hello mom nikona boyfriend nakuja ๐Ÿ˜‚
11/11/2024

Hello mom nikona boyfriend nakuja ๐Ÿ˜‚

Guess the country Rwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ or uganda ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ
11/10/2024

Guess the country Rwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ or uganda ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ

What do you dream about ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™
10/20/2024

What do you dream about ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™

10/17/2022
07/09/2022

Jose Eduaro dos Santos yaryamiye ukuboko kw'abagabo
AHAVUYE ISANAMU, GETTY IMAGES
Insiguro y'isanamu,
Dos Santos yarwaniye ukwikukira kwa Angola mu nyeshamba za MPLA
8 Ukw'indwi 2022
Leta ya Angola yatangaje urupfu rw'uwahoze arongoye ico gihugu, Jose Eduardo dos Santos.
Yarafise imyaka 79 kandi yari mu bitaro muri Espagne kuva mu kwezi guheze nyuma yo gufatwa n'umutima.
Yarwanye urugamba rwo kurondera ukwikukira kuri Portugal ari mu mugwi w'inyeshamba wa MPLA.
Nyuma y'urwo rugamba, Bwana dos Santos yaciye atwara igihugu ca Angola imyaka ishika hafi mirongo ine.
Josรฉ Eduardo dos Santos wahoze ari Perezida w'Angola yashyizwe mu bitaro muri Espagne
24 Ukwa gatandatu 2022
Angola mu myiyerekano yo kwiyamiriza ihindurwa ryโ€™itegeko rigenga amatora
12 Ukw'icenda 2021
Nyuma yo kuva ku butegetsi mu 2017, izina ryiwe ryarambitswe iceyi n'ivyagiriji vya ruswa yimonogoje mu gihe c'uburongozi bwiwe.
Umuhungu wiwe yaratawe muri yombi nayo umutungo w'umukobwa wiwe, Isabel, urafatirwa.
Uwo mukobwa w'umuhisi Jose Eduardo dos Santos, vyaravuzwe yuko ari we mugore akize kurusha abandi bose muri Afrika.

07/09/2022

Perezida Joฤo Lourenรงo yemeje ko Tshisekedi na Kagame bumvikanye ko M23 igomba guhagarika intambara

Address

Cedar Rapids, IA

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when NIYO MEDIA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share