05/21/2026
💔❤️🩹 Inyuma y’igihe kinini bavuga ko boshobora gusubiza hamwe ariko bikama biba ivy’ubusa, umuririmvyi wo muri ariwe n’umugore wiwe bahisemwo guca kubiri burundu mu buryo bwemewe n’amategeko.✅
👨🏾⚖️ Sentare yategetse ko abana babo batanu, ari bo , , , na , bazobana na nyina muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika , mu gihe yemerewe kuza arabagendera aho baba.
💵 Hagataho yemeye kuzotanga buri kwezi amafaranga y’indezo angana n’amadolari 2000 kugira ngo abe ayo gufasha mu kurera abo bana.
📜 Ariko naho ivy’ukwitaho abana vyamaze gufatirwa ingingo, ikibazo c’amatungo bahuriyeko kiracari muruhagarara kuko bataramenya ingene rizogaburwa.
😟😨 Iyi nkuru yababaje benshi mu bakunzi ba , kuko bari bamaze imyaka myinshi babana kandi bamaze igihe bagerageza gusubiza hamwe urugo rwabo ariko bikanka.💔🇺🇬