09/12/2022
๐ณ Wa muduga wari wibwe wafatiwe mu mu gisagara ca ...
-----------------------------
๐ Twari twababwiye ko hari umukoroneri mu giporisi yitwa Cassien Kabura yibwe umuduga n'abo yarahaye "lift"
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=401529722142393&id=100068561059510
๐ Uwo muduga rero wafatiwe muri zone iri mu gisagara ca . Abajejwe umutekano baciye baja mu vyo kuwutangiriza banduruka barawufata. Amakuru aramvuye ku bari bakoze ubwo bubisha turacayatohoza
๐คท๐พโโ๏ธ Wumva bokorerwa iki abari bakoze ico kibi?
๐ด Yunguruje abantu abona ko ari abantu bazima, mugabo bamufashe mu kanigo bamutwara ivyo yari afise vyose n'imodoka barajana...
------------------------------------------------------------
๐ Mu gihe hari hamaze iminsi havugwa ubukene bw'ibitoro, amabisi agoye kuronka, abantu basaba ama "Lift" kandi hari igihe bayaronka
๐ณ Ariko kuri uwu wa 12 Nyakanga 2022, mu gisagara ca , Colonel de police Cassien Kabura ahejeje kugira isanganya ivuye kubo yari yunguruje
๐ Yunguruje abantu, we yabona ko ari bazima. mugabo ngo bageze mw'i Rohero, yaciye afatwa mu kanigo, bamutwara ivyo yari afise vyose n'imodoka barajana. Baciye banamukubita ikintu mu mutwe ubwenge buratakara agwa hasi
๐ค Mw'ijwi yasohoye amaze gutora ubwenge, ariko aratangiriza, avuga ko iyo modoka iri mu bwoko bwa Vitz C5660A. Ifise ibara ry'umuhondo. Uwo yibona ngo yokwakura kuri 79969756
๐ Iyo ngendo muyivuze ko iki, aho ineza yiturwa inabi?