Alain Franck Burundi

Alain Franck Burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Alain Franck Burundi, Digital creator, RN2, New York, NY.

โœ…๐Ÿ‘Š๐Ÿ”ดAya mateka mbega yari bwabeho mumupira wamaguru?๐Ÿ˜€โ–ช๏ธโšกUmurwi nserukira gihugu wa Qatar waraye utsinze Arabie Saoudite k...
10/16/2025

โœ…๐Ÿ‘Š๐Ÿ”ดAya mateka mbega yari bwabeho mumupira wamaguru?๐Ÿ˜€

โ–ช๏ธโšกUmurwi nserukira gihugu wa Qatar waraye utsinze Arabie Saoudite kumusi wejo muhira muri za nkino zokurondera itike yogukina Igikombe c'Isi 2026.ibitsindo 2-1

โšกโ–ช๏ธAriko sasa igitangaje suko yatsinzwe ahubwo Urukino ruheze , abakunzi b'umurwi nserukiragihugu wa Arabie Saoudite kubwagashavu bateye mu kibuga amatelefone ama IPhone akaze kaze n'imfunguruzo z'imiduga kubwagashavu ๐Ÿ˜€ ๐Ÿ˜‚.

๐Ÿ˜…๐Ÿ˜…Twitege ryari ano mateka kuri Stade Intwari nkaha wari kwico kibuga wari gukora iki๐Ÿ˜€??

1xbet code promo :KAMASA

Abagore Bari muri OMANI barasuzugurana ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚
10/08/2025

Abagore Bari muri OMANI barasuzugurana ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Agifise imyaka 5 yabuze se.Akwije imyaka 16 yahisemwo guheba ishure.Kumyaka 17 gusa yaramaze kwirukanwa mubuzi 4.Akwije ...
10/08/2025

Agifise imyaka 5 yabuze se.
Akwije imyaka 16 yahisemwo guheba ishure.

Kumyaka 17 gusa yaramaze kwirukanwa mubuzi 4.

Akwije imyaka 18 yahisemwo kwubaka urwiwe.

Kuva kumyaka 18 gushika 22 yakora akazi ko guhagararira inzira za Gari ya moshi. Nahonyene vyaranse arirukanwa.

Nyuma yaho yinjiye igisirikare ariko nahonyene yarirukanywe.

Nikwo kuja gusaba ikibanza kw'ishure ryigisha ivy'amategeko ariko ntiyahawe ikibanza.

Nikwo gutangura kudandaza ibitumbura ariko nahonyene biranka arahomba.

Akwije imyaka 19 yagize amahirwe yo kwitwa umuvyeyi, umu papa.
Inyuma y'umwaka, umugore yaramutaye agenda atwaye n'umwana.

Naho biruko yahavuye aronka akazi k'ikiboyi ko guteka no kwoza ivyombo muka resitora kabayabaye.

Nubwo yararonse akazi, vyaranse ko agaruza umugore n'umwana wiwe.
Ku myaka 65, leta yaramuhaye agashumbusho k'izabukuru kangana $103 y'amanyamerika. Ayo angana hafi 300.000FBU kugiciro ca leta.

Inyuma yo gukukuruka, agahabwa agahembo k'izabukuru ka leta yabonye umenga leta imufashe nk'uwutishoboye, ntahonikora.

Nikwo kwiyumvira kugerageza kwiyahura yibwirako atakamaro ko kuba kw'ino si. Ngo kanatsinda yarananiwe. Naha nyene umupango wiwe waramusheshe ntiyapfa๐Ÿ˜€
Nikwo kwicara musi y'igiti akiyumvira ivyakeneye . Basi akibwira ati: reka nandike birya nakoze mubuzima bwanje nkabish*tsa.

Aja kwisanga ntabintu vyakamaro yash*tseko, yakoze. Hari vyinshi atari bwakore. Akenge karagaruka, yibukako yarashoboye ikintu kimwe, ikintu ashobora gukora bose bagashima : bwari uburyo bw'ingene bateka.

Yaciye afata amadolari 87 muramwe yahabwa nk'agafashanyo k'izabukuru ayagura inkoko Hama arazikaranga neza n'ibirungo vyinshi vyinshi. Za mfungurwa wumvise akamoto kazo na grippe icikira.
Acahitamwo guca kunzu kunzu, umusegetera k'umusegetera abumvisha ingene indya ziwe ziryoshe. Arazidandaza kubabanyi i Kentucky, incuti n'abagenzi.

Inteko yiwe Bose bumva barayikunze.
Aho niho yakuriye iciyumviro c'umugambi wo gutanguza Resto yitwa KFC(Kentucky Fried Chicken). Inkoko yakara

07/11/2022

_STAND UP by B FACE๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ร—P FLA๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ฆ
Out now

06/24/2022

BY WIZ
Please follow this page ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™
Mukore na share

06/16/2022

Address

RN2
New York, NY
99321

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Alain Franck Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Alain Franck Burundi:

Share