Kajagari le comédien

Kajagari le comédien Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kajagari le comédien, Digital creator, RN2, New York, NY.

⚽⚽
07/19/2026

⚽⚽

07/16/2026

Ibi nawe bibora bikubako canke??


😰🥺 Amarira y’umunezero kuri Keyne, murumuna wa Lamine Yamal, inyuma y’intsinzi ikomeye ya Espagne kuri France! 🇪🇸🔥😰👏🏾 Mu...
07/15/2026

😰🥺 Amarira y’umunezero kuri Keyne, murumuna wa Lamine Yamal, inyuma y’intsinzi ikomeye ya Espagne kuri France! 🇪🇸🔥

😰👏🏾 Mu gihe Espagne yariko itsinda France murukino rukomeye cane, Keyne ntiyashoboye guhisha umunezero wiwe. Amarira y’umunezero yerekanye ukuntu umuryango wa Lamine Yamal ubabamwo cane kandi ushigikira urugendo rwiwe rw’umupira w’amaguru. ❤️⚽

🤏🏾 Lamine Yamal nawe yahumurije murumuna wiwe, amwereka ko akanya nk’ako ari akadasanzwe mu buzima bw’umukinyi. Abakunzi b’umupira bavuga ko Keyne amaze kuba nk’“umufana wa mbere” wa Espagne, kuko ahora agaragara afise umunezero mwinshi ku nkino za mukuru wiwe. 😍🇪🇸

👶🏾🔥 Nubwo akiri muto, Keyne amaze kwigarurira imitima y’abantu benshi kubera uburyo yerekana urukundo n’ubwitange mu gufana igihugu ca Espagne. Benshi bavuga ko asa n’umuntu ari mu buyobozi bw’ikipe canke ari Capitaine canke ari Umuyobozi w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru rya Espagne kubera ingene ashigikira Lamine n’abagenzi biwe biteye ubwoba. 😂👏🏾

🏆🇪🇸 Espagne ikomeje urugendo rwayo mu gikombe c’isi, kandi Lamine Yamal ariko yandika amateka akomeye cane ku myaka yiwe mike. 🌟⚽

🐐🇪🇸 🏆🔥 ❤️⚽ 🌍🏆 ⚽👏🏾


07/14/2026

🇫🇷 Hagati ya
France na Espagne🇪🇦
niyahe iza kubandanya muri Final uyumusi ??

07/11/2026

゚


🤣🥱 Keyne Murumuna wa Lamine Yamal ashobora kuzotwara agashimwe k'uwaranze igikombe c'isi. Haribintu yigira vy'akasamutwe...
07/11/2026

🤣🥱 Keyne Murumuna wa Lamine Yamal ashobora kuzotwara agashimwe k'uwaranze igikombe c'isi. Haribintu yigira vy'akasamutwe ukamenga niwe ariko arawukina nawe atotera na Penality 🤣

📸😂 Keyne yongeye gutuma abantu benshi bamuvugako inyuma y'uko Espagne ikatishije itike yo gushika muri 1/2 c'Igikombe c'Isi.

🔥 Yagaragaje umunezero mwinshi cane, arasimbagurika kandi asa n'uwarengewe n'ivyishimo, ibintu vyatumye amashusho yiwe aca akwiragira ku mbuga ngurukanabumenyi.

💣〽️‼️Mu gihe bose bari mu byishimo vyinshi, ifoto yakoze ku mitima ya benshi ni iya Lamine Yamal yaboneka afise amarira y'ivyishimo mu maso, ariko araraba murumuna wiwe Keyne yinezereza bidasanzwe Inyuma y'urukino.

🌟 Keyne yabaye umwe mu bantu bakunzwe cane muri iri higanwa kubera inguvu, umunezero n'akaranga kadasanzwe yerekana igihe cose yishimira intsinzi ya mukuru wiwe n'ikipe y'igihugu ciwe.

⭐ ❤️ 🇪🇸 🏆 ⚽

06/28/2026

゚

soon

12/20/2025

Twajanye n’umujama mumusigiti twigize aba musulmans dush*tseyo batubwiye ngo “ Salamaleko “ nyambwa nawe nza numva yishuye ngo “ kubantez’iminsi “ 😫💔😂

12/18/2025

Nkaguma nibaza impamvu ata mbeba zigihari munzu kumbe zose zarishwe n’inzara , sha ubukene ni hatali 😂

Address

RN2
New York, NY
99321

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kajagari le comédien posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kajagari le comédien:

Shortcuts

Share