Afrika Yacu

Afrika Yacu ๐€๐ฆ๐š๐ค๐ฎ๐ซ๐ฎ ๐š๐ญ๐š๐ ๐ข๐ซ๐š ๐ข๐ฆ๐›๐ข๐›๐ž ๐š๐ซ๐ข ๐ค๐ฎ๐ ๐ข๐ก๐ž
๐–๐ก๐š๐ญsapp: +๐Ÿ๐Ÿ“๐Ÿ’ ๐Ÿ๐ŸŽ๐Ÿ’ ๐Ÿ—๐Ÿ—๐Ÿ“ ๐Ÿ“๐Ÿ–๐Ÿ• Washington
(4)

๐Ÿ”ด๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฑ RDC&Israรซl: Perezida Tshisekedi akomeje gukomeza ubufatanye bw'ibihugu vyompi ๐ŸคMu rugendo rw'akazi Perezida Fรฉlix ...
09/02/2026

๐Ÿ”ด๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฑ RDC&Israรซl: Perezida Tshisekedi akomeje gukomeza ubufatanye bw'ibihugu vyompi ๐Ÿค

Mu rugendo rw'akazi Perezida Fรฉlix Antoine Tshisekedi Tshilombo yagiriye i Yeruzalemu ๐Ÿ›๏ธ, ku wa 1 Nyakanga, yahuriye n'abategetsi bakuru ba Israรซl ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฑ, barimwo Minisitiri w'Intebe Benjamin Netanyahu hamwe na Perezida Isaac Herzog.

๐Ÿค Mu biganiro yagiranye na Netanyahu, baraganiriye ku gukomeza ubufatanye hagati ya RDC ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ na Israรซl ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฑ, cane cane mu bijanye n'umutekano ๐Ÿ›ก๏ธ, kwivuna abansi, uburimyi ๐ŸŒพ, ibikorwa remezo ๐Ÿ—๏ธ, inguvu โšก n'ubuhinga buhanitse ๐Ÿ’ป.

๐ŸŒพ๐Ÿ’ง๐Ÿฅ Perezida Tshisekedi kandi yaraganiriye na Perezida Isaac Herzog ku bufatanye mu burimyi n'ukwihaza mu biribwa, amazi, amagara y'abantu, ubuhinga n'iterambere, umutekano, inyigisho ๐ŸŽ“ n'ishoramari ๐Ÿ’ฐ.

๐Ÿ—ฃ๏ธ Perezida Tshisekedi yavuze ko intumbero ari kwubaka ubufatanye bugezweho kandi bugirira akamaro impande zompi, aho amasezerano ashirwako umukono azoshirwa mu ngiro kugira azane inyungu ku banyagihugu b'ibihugu vyompi. ๐Ÿค๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฑ

๐Ÿ•ฏ๏ธ Mbere y'ivyo biganiro, Perezida Tshisekedi yabanje kugendera urwibutso rwa Yad Vashem, ahibukwa Abayahudi miliyoni 6 bishwe muri Jenoside yakorewe Abayahudi (Holocaust). ๐Ÿ•Š๏ธ

๐Ÿšจ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡บโœˆ๏ธ Ukraine&Russie: Zelensky asaba indege kwirinda guca mu kirere cโ€™Uburusiya๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฆ Perezida Volodymyr Zelensky yavuze k...
09/02/2026

๐Ÿšจ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡บโœˆ๏ธ Ukraine&Russie: Zelensky asaba indege kwirinda guca mu kirere cโ€™Uburusiya

๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฆ Perezida Volodymyr Zelensky yavuze ko amakompanyi yโ€™indege akwiye kwirinda guca mu kirere cโ€™Uburusiya, mu gihe Ukraine ikomeje gukaza umurego mu bitero ikoresha indege zitagira abapilote (drones).

โœˆ๏ธ Amakompanyi yโ€™indege yo mu Bushinwa ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ณ hamwe nโ€™ayo mu bihugu vyo mu Kigobe cโ€™Abarabu ni amwe mu agikoresha ikirere cโ€™Uburusiya ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡บ.

โš ๏ธ Hagati aho, Uburusiya bwatangaje ko na bwo bugiye gukaza umurego mu bitero vyabwo kuri Ukraine ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฆ.

๐Ÿšจ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฒ Iran, Koweรฏt&USA: Igisirikare ca Koweรฏt catangaje ko kuri ubu kiriko kiragabwako ibitero vyโ€™indege zitagira abap...
09/02/2026

๐Ÿšจ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฒ Iran, Koweรฏt&USA: Igisirikare ca Koweรฏt catangaje ko kuri ubu kiriko kiragabwako ibitero vyโ€™indege zitagira abapilote (drones) zo muri Iran.

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ’ฅ : Imiriro yโ€™AmaSoko hagiye gukorwa urutonde rwโ€™abahoMvye nโ€™ivyo batakaje. ๐Ÿฆ๐Ÿ˜ฅUmushikiranganji wa mbere, Nestor ,...
09/01/2026

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ’ฅ : Imiriro yโ€™Ama
Soko hagiye gukorwa urutonde rwโ€™abaho
Mvye nโ€™ivyo batakaje. ๐Ÿฆ๐Ÿ˜ฅ

Umushikiranganji wa mbere, Nestor
, yavuze ko hagiye gukorwa
Urutonde rwโ€™abadandaza bahomvye nโ€™ivyo
Batakaje mu miriro yaturiye amasoko.

Reta iriko iravugana nโ€™amabanki kugira
Abafise amadeni boroherezwe mu kwi
Shura, hamwe no kuzobafasha kuronka
Izindi ngurane zitazimvye cane.

Hazotunganywa kandi inyubakwa zโ€™ama
Dandarizo harimwo nka muri ville,
Hasigwe inzira nini zishobora gucamwo
Za kizimya moto, kugira umutekano uze
Wongere ube mwiza. ๐Ÿงฑ

๐Ÿšจ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโš ๏ธ BURUNDI: Abasirikare babiri bafashwe bagirizwa gukorana na Bob Rugurika ๐Ÿ“ป๐ŸŽ™๏ธ Mu ntahe batanze imbere y'abamenyesham...
09/01/2026

๐Ÿšจ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโš ๏ธ BURUNDI: Abasirikare babiri bafashwe bagirizwa gukorana na Bob Rugurika ๐Ÿ“ป

๐ŸŽ™๏ธ Mu ntahe batanze imbere y'abamenyeshamakuru, abo basirikare babiri baremeye ko hari ibikorwa bakoranye na Bob Rugurika, arongoye Iradiyo RPA.

๐Ÿ’ฐ Nk'uko Adjudant-Chef Ndikumasabo Dรฉsirรฉ yavyivugiye, yavuze ko Bob Rugurika yabanje kubaha amafaranga angana n'ibihumbi 500.000 vy'amafaranga y'u Burundi, ayo yise ay'agafanta.

๐Ÿ“‹ Mu nyuma, ngo Bob Rugurika yabasavye kumuronderera amazina y'abasirikare 25 bavugwa ko boshobora guhungabanya umutekano w'igihugu. Ndikumasabo yavuze ko yaciye abwira mugenzi we Manirambona ko bokwitonda muri ico kibazo.

โš ๏ธ Ndikumasabo yemeje ko amazina y'abo basirikare 25 yahavuye ashirwa mu maboko ya Bob Rugurika. Aranemera ko yakoze ikosa ryo kutabimenyesha abamurongoye, aca abasaba imbabazi. ๐Ÿ™

๐Ÿ‘ฎโ€โ™‚๏ธ Pierre Nkurikiye, avugira Ubushikiranganji bw'Umutekano, yavuze ko ikosa abo basirikare bakoze ari ugukorana n'abantu bavugwa ko bashobora guhungabanya umutekano w'igihugu. ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโš ๏ธ

๐Ÿšจ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท IRAN&USA: Iran yarashe igisasu kirasa amato ku bwato bw'intambara za Amerika zari mu Kigobe ca Oman. ๐Ÿš€๐Ÿšข
09/01/2026

๐Ÿšจ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท IRAN&USA: Iran yarashe igisasu kirasa amato ku bwato bw'intambara za Amerika zari mu Kigobe ca Oman. ๐Ÿš€๐Ÿšข

๐Ÿšจ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ญ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท Bahrain&Iran: Nibura misile nyinshi ziva hasi zikaja hasi zarashwe zivuye muri Bahrain zerekeza mu bumanuko bwa ...
09/01/2026

๐Ÿšจ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ญ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท Bahrain&Iran: Nibura misile nyinshi ziva hasi zikaja hasi zarashwe zivuye muri Bahrain zerekeza mu bumanuko bwa Iran. ๐Ÿš€๐Ÿ’ฅ

๐Ÿšจ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท USA&IRAN: USA yagavye ibitero vyo mu kirere mu bumanuko bwa Iran! ๐Ÿ’ฅโœˆ๏ธAmaturika yarumvikanye kugeza ubu mu bisagara...
09/01/2026

๐Ÿšจ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท USA&IRAN: USA yagavye ibitero vyo mu kirere mu bumanuko bwa Iran! ๐Ÿ’ฅโœˆ๏ธ

Amaturika yarumvikanye kugeza ubu mu bisagara vya Chabahar, Bandar Abbas na Qeshm. ๐Ÿ”ฅ๐Ÿšจ

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ›ฌ : ๐—ฅ๐˜‚๐—ธ๐—ถ๐—ป๐˜‡๐—ผ ๐—™๐—–Yafashe urugendo rwa CAF. ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎUmugwi wa Rukinzo wamaze gushika ku Kibuga cโ€™indege mpuzamakungu Melch...
09/01/2026

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ›ฌ : ๐—ฅ๐˜‚๐—ธ๐—ถ๐—ป๐˜‡๐—ผ ๐—™๐—–
Yafashe urugendo rwa CAF. ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Umugwi wa Rukinzo wamaze gushika ku Kibuga cโ€™indege mpuzamakungu Melchior
Ndadaye, aho ugiye gutangura urugendo Werekeza muri Afrika yโ€™Epfo.

Rukinzo ugiye guhura na City FC
Mu rukino rwa mbere rwa CAF Confede
Ration Cup. ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ’ช

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ“ธ : Kwโ€™Isanamu Ibirori vyo kurahira kwa Prezida yahoraAtwara wโ€™igihugu ca Zambiya ๐—›๐—ฎ๐—ธ๐—ฎ๐—ถ๐—ป๐—ฑ๐—ฒ๐—›๐—ถ๐—ฐ๐—ต๐—ถ๐—น๐—ฒ๐—บ๐—ฎ.๐Ÿ”ฅ๐Ÿง‘โ€โš–๏ธ
09/01/2026

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ“ธ : Kwโ€™Isanamu Ibirori vyo kurahira kwa Prezida yahora
Atwara wโ€™igihugu ca Zambiya ๐—›๐—ฎ๐—ธ๐—ฎ๐—ถ๐—ป๐—ฑ๐—ฒ
๐—›๐—ถ๐—ฐ๐—ต๐—ถ๐—น๐—ฒ๐—บ๐—ฎ.๐Ÿ”ฅ๐Ÿง‘โ€โš–๏ธ

Address

Buffulo
New York, NY

Telephone

+255747234020

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Afrika Yacu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share