Region des Grands Lacs

Region des Grands Lacs Tubagezaho: Amakuru, Ibiganiro. Inkuru Nshasha. What: +255 747 234 020 Washington
(2)

Umukuru w'igihugu c'Uburundi, Evariste Ndayishimiye, abicishije ku rubuga rwiwe rwa X, ahejeje gukeza Brice Clotaire Oli...
04/13/2025

Umukuru w'igihugu c'Uburundi, Evariste Ndayishimiye, abicishije ku rubuga rwiwe rwa X, ahejeje gukeza Brice Clotaire Oligui Nguema ku ntsinzi yatahukanye mu matora y'Umukuru w'igihugu ca Gabon.

K'ubw'Umukuru w'igihugu c'Uburundi, iyo ntsinzi ni ikimenyetso kitabesha c'umwizero abenegihugu ba Gabon bafitiye uburongozi bwiza bwa Brice Clotaire Oligui Nguema, inyuma yo kubarongōra neza mu kiringo c'imfatakibanza.

🟢🇧🇮 : Abagumyabanga bo muri zone Kamenge berekanye  inguvu. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 12 Ndamukiza 2025, mur...
04/13/2025

🟢🇧🇮 : Abagumyabanga bo muri zone Kamenge berekanye inguvu.

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 12 Ndamukiza 2025, muri zone Kamenge habaye ibirori vyo kwerekana inguvu z'Umugambwe Cndd-Fdd muri iyo zone. Ico gikorwa catewe iteka n’Umunyamabanga ntunganyabisata ajejwe kumenyesha amakuru, Doriane Munezero, ari kumwe n'indongozi zitandukanye mu mugambwe no mu ntwaro muri komine Ntahangwa.

Ibirori vyatangujwe n’urugendo rurerure rw’Abagumyabanga, aho baciye mu mabarabara ya zone Kamenge, hamwe n’intambo zitandukanye n’utugenegene.

Mu butumwa bwiwe, Doriane Munezero yateye akamo abagumyabanga bo muri Kamenge kubandanya bafatana mu nda, biteze imbere kugira biheshe iteka. Yashimangiye abibutsa ko zone kamenge ariyo yatanguriyemwo urugamba rwo guhabuza demokarasi, anabibutsa ko hasigaye igihe gito ngo amatora abe. Ariyo nayo mpamvu yasavye Abagumyabanga guhuriza hamwe no gukomeza kuba akarorero ku yandi mazone, haba mu kwitegurira amatora canke mubindi bikorwa bakaba abambere.

🇺🇬🇺🇸   kumusi wejo nihoyashika mubugande 🇺🇬 avuye muri America 🇺🇸 kwivuza. Imagine Abaganga bari baramuhanye ariko Prezi...
04/13/2025

🇺🇬🇺🇸 kumusi wejo nihoyashika mubugande 🇺🇬 avuye muri America 🇺🇸 kwivuza. Imagine Abaganga bari baramuhanye ariko Prezida wa bwana MUSEVENI yavuze ko igihugu kizoriha uburyo bwose ariko ajanwe America.

Ubu Ameze neza cane Imana y'aratabaye.


04/13/2025

🟢🇧🇮 Burundi: Ingabo z'uburundi zirazi kuririmbira Imana neza

🔴🇧🇮Burundi:CNDD-FDD: Ibikorwa vyo kwerekana inguvu z'abagumyabanga vyitabiriwe n'abagumyabanga benshi cane muri komine G...
04/13/2025

🔴🇧🇮Burundi:CNDD-FDD: Ibikorwa vyo kwerekana inguvu z'abagumyabanga vyitabiriwe n'abagumyabanga benshi cane muri komine Gisuru

Bitewe iteka n'Icegera c'Umunyamabanga mukuru w'Umugambwe Cndd-Fdd Hon Cyriaque Nshimirimana ari kumwe n'abanyamabanga ntunganyabisata babiri Martin Nivyabandi imvukira y'iyo ntara na Calinie Mbarushimana umuhetsi w'intara, ibikorwa vyo kwerekana inguvu z'abagumyabanga bo muri komine ya Gisuru mu ntara ya Buhumuza vyo kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 12 Ndamukiza vyaberewe ku mutumba Kinyinya , zone Kinyinya, ku civugo: "Imana niyo izotuma bikunda, ibikorwa n'umwumvikano ni vyo mucamanza".

Ivyo bikorwa vyatangujwe no gutanga ibifungurwa n'ibikoresho vy'isuku abarwariye mu bitaro bikuru vyo mu Kinyinya. Abo baronkejwe iyo mfashanyo bakaba bagera kw'132. Iyo mfashanyo ikaba yegeranijwe n'imbonerakure.

Inyuma yo kugendera ivyo bitaro, Abagumyabanga benshi cane bo muri komine Gisuru bagiwe imbere n'abari mu buserukizi bukuru bw'umugambwe CNDD-FDD hamwe n'indongozi mu ntara baciye bagira defire ndende bari kumwe kandi n'imvukira zirangurira imirimo ahandi, aho twovuga nk'umushiniranganji w'ubutungane, uw'ikigega ca Reta n'umuyobozi wa Banki Nkuru y'igihugu.

Mw'ijambo ryiwe, Icegera c'Umunyamabanga mukuru w'Umugambwe Cndd-Fdd Hon Nshimirimana Cyriaque yahamagariye abagumyabanga kwitabira amatora yimirije.
Yagize ati: Abagumyabanga mwese mu gihe c'imyiyamamazo tuzoyikora turi ku kivi, ntidute ibikorwa vy'iterambere ari tugume twiteguriye ihiganwa kuko dushaka ko komine Gisuru iba iya mbere nkuko mwama mubikora.

Indongozi z'umugambwe zizobasanga ku mitumba iwanyu baje kubereka aho muzoshira igikumu ku nkona. Yahanuye abanyagisuru kugira discipline mu buzima kugira mu ngo habe amahoro n'iterambere, yongera abamenyesha ko igihugu gifise ibikenewe vyose kugira gitere imbere, ibisigaye ari ku bibungabunga kugira ngo abansi b'Uburundi ntibaduce muryahumye.

Ati: "Nico gituma dufise umwizero wo gushika mw'iterambere tubicishije mu gushira mu ngiro imbonakazoza y'igihugu.
Yarangije abatumirira kubumbatira amahoro n'umutekano ariko kandi ntibibagire iyo bavuye. Yagize ati: "Amahoro dufise tuyakamishe ibikorwa vy'iterambere."

Umunyamabanga w'umugambwe mu ntara ya Buhumuza we yamenyesheje ko biteguriye gutsinda amatora ku rugero rushimishije kuko ngo igihe bagendera amazone basanze abagumyabanga bipanze mbere ngo impanuro babahaye baciye bazikurikiza. Ikindi yashikirije ni uko mu makomine 5 bamaze gukora ibikorwa vyo kwerekana inguvu z'umugambwe, basanze abagumyabanga biteguriye intsinzi.

Yemeza ko ata nkeka ko umugambwe CNDD-FDD uzotsinda ku majwi menshi cane muri iyo ntara arongoye kuko ubwinshi bwabo ari zo nguvu z'umugambwe. Barutwanayo Gérard arongoye intara ya Buhumuza akaba ashima ibikorwa vy'iterambere abagumyabanga bariko barangura muri iyo ntara na canecane bahereye ku bitegwa njabumakazi.

04/13/2025

Waza Wazalendo inyuma yo Gufata Walungu bari mukirori co kwigina intsinzi M23 ngo nukuyisubiza iyo yazananye👇👇🇨🇩
•••••••••••••
•••••••••√√√√👇👇👇
SOCIÈTE ya 1XBET kw’Isi 🌍 yose irabamenyesha ko kwugurura 1XBET wuzuze code promo F245 ugac’uronka ka 200% , bandikire bagufashe kwugurura kubuntu +257 61 43 46 15

Canke ubikwirikize uciye ngaha code Promo F245
👇👇👇👇👇
https://www.facebook.com/share/v/15WXFxnXvU/

04/13/2025

Umushikiranganji wambere Gervais Ndirakobuca, Gelase Ndabirabe n’abashingamateka ntibabona kumwe ikibazo c’igitoro..•••••••••••••
•••••••••√√√√👇👇👇
SOCIÈTE ya 1XBET kw’Isi 🌍 yose irabamenyesha ko kwugurura 1XBET wuzuze code promo F245 ugac’uronka ka 200% , bandikire bagufashe kwugurura kubuntu +257 61 43 46 15

Canke ubikwirikize uciye ngaha code Promo F245
👇👇👇👇👇
https://www.facebook.com/share/v/15WXFxnXvU/

🔴🇬🇦🇬🇼 Umukuru w'igihugu ca Guinée-Bissau Embaló arashimira umukuru w'igisirikare ca Gabon Nguema ku ntsinzi yiwe mu mato...
04/13/2025

🔴🇬🇦🇬🇼 Umukuru w'igihugu ca Guinée-Bissau Embaló arashimira umukuru w'igisirikare ca Gabon Nguema ku ntsinzi yiwe mu matora, mbere n'imbere y'uko amatora atangazwa ku mugaragaro. Uwo arwanya cane ni Alain Claude Bilie-By-Nze yahoze ari umushikiranganji wa mbere. Bompi bakoranye n’abahoze ari abakuru b’igihugu Ali na Omar Bongo. Uwuzotsinda azomara imyaka 7.
#

04/13/2025

⛔️🇨🇩 RDC Uwahora ari Prezida wa RDC CONGO🇨🇩 Joseph Kabila kumbe niwe ari Inyuma ya M23🤷🇨🇩 bavyita kwisamburirako nkohene•••••••••••••
•••••••••√√√√👇👇👇
SOCIÈTE ya 1XBET kw’Isi 🌍 yose irabamenyesha ko kwugurura 1XBET wuzuze code promo F245 ugac’uronka ka 200% , bandikire bagufashe kwugurura kubuntu +257 61 43 46 15

Canke ubikwirikize uciye ngaha code Promo F245
👇👇👇👇👇
https://www.facebook.com/share/v/15WXFxnXvU/


04/13/2025

Uno Avuze amabanga y'Abakobwa baja muri Arabi Saoudite🇸🇦 na Omani🇴🇲 /🇧🇮🇧🇮🇧🇮•••••••••••••
•••••••••√√√√👇👇👇
SOCIÈTE ya 1XBET kw’Isi 🌍 yose irabamenyesha ko kwugurura 1XBET wuzuze code promo F245 ugac’uronka ka 200% , bandikire bagufashe kwugurura kubuntu +257 61 43 46 15

Canke ubikwirikize uciye ngaha code Promo F245
👇👇👇👇👇
https://www.facebook.com/share/v/15WXFxnXvU/

04/13/2025

ABA benshi naba malaya🙆🤔Uyu yifatiye mugahanga abakozi b'Imana ngo bariyorobeka...•••••••••••••
•••••••••√√√√👇👇👇
SOCIÈTE ya 1XBET kw’Isi 🌍 yose irabamenyesha ko kwugurura 1XBET wuzuze code promo F245 ugac’uronka ka 200% , bandikire bagufashe kwugurura kubuntu +257 61 43 46 15

Canke ubikwirikize uciye ngaha code Promo F245
👇👇👇👇👇
https://www.facebook.com/share/v/15WXFxnXvU/

⛔️🇨🇩RDC: Icegeranyo gatangwa na AFC/M23 ku vyabaye i GomaImisore ya Wazalendo igera ku 30 yasize ubuzima mu gitero bakoz...
04/13/2025

⛔️🇨🇩RDC: Icegeranyo gatangwa na AFC/M23 ku vyabaye i Goma

Imisore ya Wazalendo igera ku 30 yasize ubuzima mu gitero bakoze i Goma mw'ijoro buca ari kuri uyu wa 6 maze abandi bagera kuri 12 barakomereka mugihe abarenga 17 bafashwe mpiri.

Naho basohoye ico cegeranyo ntibavuga ivyo ku ruhande rwa M23•••••••••••••
•••••••••√√√√👇👇👇
SOCIÈTE ya 1XBET kw’Isi 🌍 yose irabamenyesha ko kwugurura 1XBET wuzuze code promo F245 ugac’uronka ka 200% , bandikire bagufashe kwugurura kubuntu +257 61 43 46 15

Canke ubikwirikize uciye ngaha code Promo F245
👇👇👇👇👇
https://www.facebook.com/share/v/15WXFxnXvU/


🔴🇺🇸Umukuru w'igihugu ca Amerika Donald Trump yashize umukono kw'itegeko ryo kwongereza uwundi mwaka ibihano vyashiriweho...
04/12/2025

🔴🇺🇸Umukuru w'igihugu ca Amerika Donald Trump yashize umukono kw'itegeko ryo kwongereza uwundi mwaka ibihano vyashiriweho Uburusiya n'uwamubanjirije Joe Biden. Iryo tangazo riboneka mw’itangazo ry’ubutegetsi bwa ryasohowe mu kinyamakuru ca Leta Zunze Ubumwe za Amerika.(regitre Fédérale des États-Unis )

Abibaza trump ko aje kworohereza uburusiya kugira Busumbe USA baribesha!!•••••••••••••
•••••••••√√√√👇👇👇
SOCIÈTE ya 1XBET kw’Isi 🌍 yose irabamenyesha ko kwugurura 1XBET wuzuze code promo F245 ugac’uronka ka 200% , bandikire bagufashe kwugurura kubuntu +257 61 43 46 15

Canke ubikwirikize uciye ngaha code Promo F245
👇👇👇👇👇
https://www.facebook.com/share/v/15WXFxnXvU/

🔴🇧🇮 :Abanywanyi bashasha bagera 2108 bavuye muyindi  migambwe itandukanye , bakiriwe mu mugambwe CNDD-FDD muri komine ya...
04/12/2025

🔴🇧🇮 :Abanywanyi bashasha bagera 2108 bavuye muyindi migambwe itandukanye , bakiriwe mu mugambwe CNDD-FDD muri komine yagutse ya Mukaza, intara nshasha ya Bujumbura kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 12 ndamukiza 2025.

Mw'ijambo ry'icegera c'umunyamabanga w'umugambwe CNDD-FDD mu ntara nshasha ya Bujumbura Dieudonne NAHIMANA, yashimiye abagumyabanga hamwe n'abakenyererarugamba bo mw'iyo komine mu gikorwa bakoze c'ugushwabura abo banyanywi bashasha, mbere aka yamenyesheje abo bagumyabanga bashasha ko mu mugambwe CNDD-FDD arabanyamwete bakunda gukora cane kandi ko kuba umugumyabanga ari ku mutima atari ku mwambaro gusa.

🇧🇮Umunyamabanga Nahimana yibukije kandi abagumyabanga bose muri rusangi kobatohendwa n'ibica kumbuga ngurukanabumenyi, ahubwo bagume bateramira amahoro n'umutekano kugira ntihagira uwubaca muryahumye natirya amatora yagereje.

Umunyamabanga w'umugambwe CNDD-FDD muri komine nshasha ya Mukaza William Ndayimirije yamenyesheje ko umugambwe wifashe neza muri rusangi muri iyo komine nshasha yagutse kandi ko abagumyabanga, abakenyererarugamba hamwe n'indongozi z'abo bari kukivi haba mubikorwa vy'iterambere, kubumbatira umutekano eka n'ugufatanamunda aho bafashije bantahonikora mukubaransa udukarata two kwivurizako no mukubaha amabati, baranashoboye kwegereza amazi abanegihugu, baranateye n'amavoka ya ruhere n'ibindi biti bikingira ibidukikije naca ne cane ku nzuzi no ku misozi ihanamiye komine ya mukaza. Harijukiwe kandi n'ubworozi bw'inkwavu.

Ivyo birori vyaranzwe na defire y'abagumyabanga, imbonerakure hamwe n'abakenyererarugamba,, no kwakira abanywanyi bashasha mu mugambwe CNDD-DD mu ku bambika imyambaro y'uwo mugambwe.
Bamwe mubakiriwe bakaba bakenguruka kubona bakiranwa igishika.



✈️💔Mwite   nuyu mugenzi wiwe   bagize ati : Bakobwa, Bakobwa ❗Kirazira gutunga inimero y'Umuhungu agutongoza hagahera in...
04/12/2025

✈️💔Mwite nuyu mugenzi wiwe bagize ati : Bakobwa, Bakobwa ❗Kirazira gutunga inimero y'Umuhungu agutongoza hagahera indwi yose atagucoreye na 10.000F🇧🇮 uwo sumuhungu numu PEDE, Kawayida umuhungu arinze agusaba numéro nuko aba agukunda kandi agushaka.

Gynella yahereje ati: Basore impanuro yagusa nobaha; burya kugira umukobwa wino myaka agukunde cane bisaba kumuha amafaranga kandi ukaza uribwiriza atarinze kuyagusaba💔
•••
✅Basore muranyumvira bano Bakobwa ??😁🤔

✅Bakobwa IBI nivyo???
•••••••••••••
•••••••••√√√√👇👇👇
SOCIÈTE ya 1XBET kw’Isi 🌍 yose irabamenyesha ko kwugurura 1XBET wuzuze code promo F245 ugac’uronka ka 200% , bandikire bagufashe kwugurura kubuntu +257 61 43 46 15

Canke ubikwirikize uciye ngaha code Promo F245
👇👇👇👇👇
https://www.facebook.com/share/v/15WXFxnXvU/

04/12/2025

🔴🇧🇮 :JUSTE GAEL asavye ikintu gikomeye PRESIDENT NEVA//Ibibazo duhura navyo//Ibinyamakuru vy'URWARUKA bi•••••••••••••
•••••••••√√√√👇👇👇
SOCIÈTE ya 1XBET kw’Isi 🌍 yose irabamenyesha ko kwugurura 1XBET wuzuze code promo F245 ugac’uronka ka 200% , bandikire bagufashe kwugurura kubuntu +257 61 43 46 15

Canke ubikwirikize uciye ngaha code Promo F245
👇👇👇👇👇
https://www.facebook.com/share/v/15WXFxnXvU/

04/12/2025

avuze kubanyeshure ba Kaminuza bayega amaboko umushahara, avuze abatunze baciga.

04/12/2025

⛔️🇨🇩 :Uko abanyagihugu ba Kongo banezerewe n'ugushika kwa UPDF ingabo za Uganda 🇺🇬 mu bice bitandukanye vy'intambara

Address

Buffulo
New York, NY

Telephone

+255747234020

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Region des Grands Lacs posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share