Tembe Studios

Tembe Studios Professional Videographer, Photographer Weddings , Music Video and more creative ways.

[]BREAKING NEWSπŸ“ LABEL ya Wema Entertainment yuwitwa Nella Wema isanzwe ihagarariwe na Landrypromoter Bdi hano muburundi...
02/12/2024

[]BREAKING NEWS

πŸ“ LABEL ya Wema Entertainment yuwitwa Nella Wema isanzwe ihagarariwe na Landrypromoter Bdi hano muburundi ntabwo yifashe neza nagato

πŸ“ Ni inyuma yaho umururimvyi Kid Ngabirano yahora muruwo muryango yidogeye ko ataco bamumariye atanico bari kumufasha usivye kumwicira impano gusa nuwugira kabiri ariwe YAN A arasaba gusinyura amasezerano bari bafitaniye niyo label akanagirako yishuza nivyo aheraniwe Atari bwishurwe

πŸ“ Benewacu twama dusemerera tuvugako mu Burundi kuzana label uba uje kwiteranya nabaririmvyi kuko ntamurundi numwe azana label iri kurwego rwo kuzamura abaririmvyi nkuko tubibona mubindi bihugu

πŸ“ Hera kuri BantuBwoy Entertainment , Empire Avenue twibuke ivyo DBMusic bakoreye umurwi We Love Muzikanta label irigera ibaho muburundi Bose nabaza kugira bamenyekane ndetse nabo baba bakeneye gufashwa gusumba nabo baririmvyi

πŸ“ Guys gufata umururimvyi ngo umushiremwo imitahe kugeza aho ashika kurwego rwo kumenyekana sikintu coroshe nagato Ni babareke birwaneko izo label za 200 zitamara na kabiri twazirambiwe

πŸ“ Mubatanguranye na Wemaentertainment Bose hasigayemwo LinoG abandi nabaheruka kwijirayo vuba

Keep supporting us for more! Hit the following

12/05/2022

Enregistrez votre participation, partagez sur Facebook et doublez vos chances de gagner! Tout le monde peut s'inscrire, aucun achat n'est requis!

Address

Philadelphia, PA

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tembe Studios posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category