Kabazawebtv

Kabazawebtv Iri ni Ihuriro ry`abarundi n`incuti z`Uburundi aho tuzohanahana ivyiyumviro kubijanye na Politike, Umutekano, Ubutunzi, Imico k**a n`Inkino.

06/24/2019
01/28/2019

Abarundi baba mumahanga barateguye umugambi w`uburimyi buteye imbere mu Burundi. Ng`aka akamo ka ku barundi baba muri Amerika na Canada (ikiganiro cose mugisanga aha https://www.youtube.com/watch?v=z5JoGtYIaYM)

11/21/2018
11/19/2018

Mu kiganiro co kuri uyu wa 18-11-2018
- : "ako kamo ngira ni ak`aba "
- : "hari n`aho wewe Lievin mu mwaka uza uzosanga uri umu CNDD-FDD"
- :"...mw`izina rya Yesu"

Ikiganiro cose mugisanga aha https://youtu.be/iWDmboCLYNI

Umunyepolitike GASPARD HATIBU avuga iki ku vyokorwa imbere n`inyuma y`amatora ya 2020?Ni mu mwanya muto uza kuza, isaha ...
09/01/2018

Umunyepolitike GASPARD HATIBU avuga iki ku vyokorwa imbere n`inyuma y`amatora ya 2020?
Ni mu mwanya muto uza kuza, isaha 2 zo mugitongo amasaha y`i Bujumbura.

Nimba umufitiye ikibazo uze guhamagara kuri Whatsapp +12063758324 canke wandike mu kibaza ca "commentaire" munsi y`iri tangazo.

06/29/2017
06/24/2017

Hasigaye umunsi 1 gusa kugira ngo ibiganiro vy'ihuriro ryanyu bitangure!

06/23/2017
06/22/2017

Hasigaye iminsi 3 kugira ngo ibiganiro vy'ihuriro ryanyu bitangure!

03/15/2017

Address

Seattle, WA
98168

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kabazawebtv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kabazawebtv:

Share