Jaywinner

Jaywinner 📍USA🇺🇲
❤️Burundi
Radio&Tv personality
social media influencer

07/26/2026

Nkubu B face ari mubiki?🤨

07/16/2026

Messi ubu ntanakimwe ndamwagiriza🙉

06/28/2026

Ntamuntu akiri maso ngo aze dukeze abacongomani ababanyi bacu💪

Kirikou A Kili ati : “Mubabazwa nuko nsigaye ndi Mzee wa Aller &Retour ?Kubwanje Iyo umuririmvyi afise igiteramo hanze y...
06/27/2026

Kirikou A Kili ati : “Mubabazwa nuko nsigaye ndi Mzee wa Aller &Retour ?

Kubwanje Iyo umuririmvyi afise igiteramo hanze y’igihugu abantu ntibuzure ikibazo siwe .Impamvu zituma ibiteramo bibera hanze y’igihugu bititabirwa ninyinshi .

Nko mubihugu vy’Abarabu hoho umuziki henshi ni Haramu (illegal/siniful),ukongerako n’Abarundi bariyo benshi batemerewe gusohoka ngo bagiye mubirori uretse abahejeje contrat .

Ikibazo mbaza :ubwitabire buke mu giteramo Akili aharutse gukora muri Saudi Arabia ni ikibazo niwe ni abagiteguye,canke ivyo nsiguye birumvikana??

06/26/2026

Sindiyumvisha ukuntu Double-jay OnceAgain yashatse gukora kuri ya Lolilo🥱 ni ibiki vyashe Mugisha wacu?????

Umukinyi no1 kw’isi Gikundiro ca bose Cristiano Ronaldo yagarutseGolazooo  ⚽️  ⚽️ ariwenyeneSiuuuu Abafana ba    iyereka...
06/23/2026

Umukinyi no1 kw’isi Gikundiro ca bose Cristiano Ronaldo yagarutse

Golazooo ⚽️ ⚽️ ariwenyene

Siuuuu Abafana ba iyerekane👇🏼

06/23/2026

Mukanya Cristiano Ronaldo araza gutsinda 4 wenyene.Vyandike ahantu🤗

06/23/2026

Mbappe :4Goals
Haland :4 Goals
Messi :4Goals
Ninde azorangiza atsinze vyinshi mw’iyi W.C???

06/22/2026

Ka messi ndakanka😪

06/21/2026

Mbonye uko Kellyna ariko yitwara mbonako Big Fizzo yihuse kumuha ! erega mushiki wacu yasaze🫣

Address

Sioux Falls, SD

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jaywinner posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share