Jaywinner Tv

Jaywinner Tv 📍USA🇺🇲
❤️Burundi
Radio&Tv personality
social media influencer

01/09/2026

Ubu rero umukobwa yavutse 2008 ntakiri umu 😳
biremewe !🤭

01/08/2026

Ni iyihe radio igezweho mu Burundi muri ?

Uwo mukobwa w’igitega iyaba Nairobi ubuzima bukomeje kumusosera.Hari uwamenye inzina ryiwe?
01/08/2026

Uwo mukobwa w’igitega iyaba Nairobi ubuzima bukomeje kumusosera.Hari uwamenye inzina ryiwe?

01/07/2026

Barundi barundikazi ndabafitiye inkuru nziza mwese.

Magufy.com ije nk’inyishu kuri mwese .Kurikira iyi video uraza kuryoherwa cane hama umbaze ikibazo cose ufise gutyo dukorere inoti twese hamwe.

Mubamenyeshamakuru b’inkino umuha ikibanza ca kangahe mu Burundi?Mwite  Jean paul (Jp chukueze)
01/06/2026

Mubamenyeshamakuru b’inkino umuha ikibanza ca kangahe mu Burundi?

Mwite Jean paul (Jp chukueze)

Isabukuru nziza kuri Natacha Burundi akwije imyaka 26 ans uyu musi 🤗Umwe mubaririmvyikazi  beza dufise akomeye mu mpande...
01/05/2026

Isabukuru nziza kuri Natacha Burundi akwije imyaka 26 ans uyu musi 🤗

Umwe mubaririmvyikazi beza dufise akomeye mu mpande zose atuma na Entertainment yacu iryoha.

01/05/2026

Bro 2026 nayo usanga izorangira utarongoye🙄 canke ndeke kwasama🙈

Abaririmvyi bari muri Label ya   ~music baherutse gufata igicuncu bavanga n’umuravumba,umufumbegeti ,umutagari n’akababo...
01/04/2026

Abaririmvyi bari muri Label ya ~music baherutse gufata igicuncu bavanga n’umuravumba,umufumbegeti ,umutagari n’akababoza batuvugutira umuti uvura indwara yokudakunda ivyiwacu baduha indirimbo nziza bise SAGARARA.

August Burundi asanzwe yihebe umuziki w’akaranga mw’iyi ndirimbo arikumwe na Rambo 2 na New face kaboss basanzwe bari mu muryango wa ~Music

Ikiraro kigushikana kwiyo ndirimbo ngiki hano.👇🏼 Niwaheza kuyumva ugaruke utubwire uko wayumvise

01/02/2026

Guys muribuka kera wumvise umuntu afise 30 ans ingene wumva umenga arashaje🙈none raba uyumusi niwe uyifise😀

01/01/2026

Ninde yabwiye abarundi ko kuvuga icongereza neza bisigura guca ubwenge? Naha US bose ntibahuza icongereza kiragutse 🙌

01/01/2026

Nashaka
Ndabamenyesheko ahondi tukiri 2025😏

12/31/2025

USA turi :16h16’
Burundi: 00:16’

Ndabipfurije umwaka mwiza abo mu 🇧🇮 mwamaze kuwinjiramwo👌

Address

Sioux Falls, SD

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jaywinner Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share