•Zaël••

•Zaël•• Un autre regard sur l'actualité du Burundi🇧🇮 et info des Artistes Burundais 🇧🇮 ainsi qu'ailleurs. Appelle moi Journaliste indépendant, un Panafricain 🔥🔥✊
(1)

🎂🎂 Joyeux anniversaire à moi na Noël nziza kuri Mwese🎂🎂
12/25/2025

🎂🎂 Joyeux anniversaire à moi na Noël nziza kuri Mwese🎂🎂

12/21/2025
  kuruhande umugani wa Melanin Boy. Wobaho ubana n'intare hakubana n'intama ikwiyezako kuko intare urayirinda kuko wama ...
12/16/2025

kuruhande umugani wa Melanin Boy. Wobaho ubana n'intare hakubana n'intama ikwiyezako kuko intare urayirinda kuko wama u*i kwikaze k'umwanya uwariwo wose ikurya ariko intama irakwiyezako nk'incuti maze igategura ikibi ikakwica utabizi (hypocrisie). Benevyo bavyumvise👂

Passer une excellente journée et Bon weekend avec Davis Morales ✊🏿✊🏿
12/13/2025

Passer une excellente journée et Bon weekend avec Davis Morales ✊🏿✊🏿

Har'ejo kuwa mbere aho nari nagiriye ibakwe ryo gutumirwa nk'umumenyeshamakuru wa FATA Média mu gikorwa co kwerekana ivy...
12/09/2025

Har'ejo kuwa mbere aho nari nagiriye ibakwe ryo gutumirwa nk'umumenyeshamakuru wa FATA Média mu gikorwa co kwerekana ivyo urwaruka 50 rwo mu*i zone Mu*inda rwigishijwe. Uno mwubahwa Nzoyikorera Amossi asanzwe aserukira umugambi PAEEJ muri Komine ya Mpanda.

Turabashimiye cane Banyakwubahwa kukuba mwaratwizeye tugakorana🙏🙏

12/08/2025

😂😂 Andike uwu*i mwi quartier ameze nkabo uce wiyirukira😂😂

Sat B ngo yambara ibishweka? Ababivuga boba bamubeshera?NB: Imbere yokugira Comment Mbi, Banza Usuzume ko Ufise Na Passe...
12/06/2025

Sat B ngo yambara ibishweka? Ababivuga boba bamubeshera?

NB: Imbere yokugira Comment Mbi, Banza Usuzume ko Ufise Na Passeport. Bitari uko Ukwiriye Gukora Cane ukavuga make.😌🫵🏾

12/06/2025

Abasani bigeze kuramukanya na Petero Nkurunziza. Uwutabonamwo ngaha yaracirondeza😂😂😂😂

Abazi ahari ino Kioske ni Bande?
12/05/2025

Abazi ahari ino Kioske ni Bande?

✊ J'ai un cœur de Lion, Le lion ne supplie pas et on ne le supplie pas, il commande.Mfise Umutima w'Intare, Intare ntiyi...
11/30/2025

✊ J'ai un cœur de Lion, Le lion ne supplie pas et on ne le supplie pas, il commande.

Mfise Umutima w'Intare, Intare ntiyinginga kandi ntiyingingwa, irategeka.

👇🏿👇🏿AHA NIHE? IWACU HEZA🇧🇮🇧🇮
11/27/2025

👇🏿👇🏿AHA NIHE? IWACU HEZA🇧🇮🇧🇮

Address

West

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when •Zaël•• posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to •Zaël••:

Share