East Africa Patriots

East Africa Patriots welcome back

22/06/2024
10/12/2023

Don't we ask ourselves why every patriot, every Good leader must die after serving their countries in the way of development, democracy ,freedom, justice and Human right

Why they die??
Who's involved??
East Africa and East Africans we should learn from Him
😭😭😭Keep resting in eternal life Mr

We will remember you Daima

08/08/2023

Umu Police
Afise Ingabirano ikomeye cane muri Gospel music.
Unomusi yitaba ubutungane kucaha yagirizwa co gutyoza inzego z'igihugu
Dusabe ubutungane bukore kuri ino nzirakarengane.

Kanda S'abonner canke follow na like
Tubikurikiranire hagufi

08/08/2023
Kubatari babizi   Araye ijoro ryiwe rya kane Mugasho ,Ejo azitaba iryambere kuburana aho yagirizwa icaha co Gutyoza inze...
07/08/2023

Kubatari babizi Araye ijoro ryiwe rya kane Mugasho ,
Ejo azitaba iryambere kuburana aho yagirizwa icaha co Gutyoza inzego z'Igihugu.

Tubamenyeshe ko yarasanzwe ari Umuririmvyi
Akomeye muri Gospel ,
Ejo tuzobasangiza zimwe mundirimbo ziwe .
Tubibutse kandi yuko amaze gushikanwa mw'Ibuye bahise bamwaka narya mwabona yakunda kwambara.

Inzira karengane Jerome
Yankiwe ko yobonana nabamugendeye unomusi.
Ipfungwa ry'inzirakarengane Jerome rigaragaza

1👉Burundi without
2👉Burundi without
3👉Burundi without
4👉Burundi without

Note👉Turateye intege Diaspora iriko irakora ivyo ishoboye kugira Jerome abone uko yobaho inyuma yokwirukanwa mukazi.

Including 👉 we encourage you my brother 🤝.

S'abonner canke follow ngaha 👉

Turateye

Nowadays being famous doesn't need to be Talented ,U just put your energy and work hard With creativity .  kigaragaye mw...
01/08/2023

Nowadays being famous doesn't need to be Talented ,
U just put your energy and work hard
With creativity .

kigaragaye mw'ishusho yo kuberwa vya hatari.
Call him the one of the youngster Rappers we have in Burundi🇧🇮

Twongereko ngo

Let's all of us support

we forward.....✍

Address

Cape Town
75903775

Telephone

+27677274329

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when East Africa Patriots posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to East Africa Patriots:

Shortcuts

Share