Issa media

Issa media NK Jdn promoter we're everywhere around the world keep liking my page

 ๐Ÿ‘‘Iyi niyo mpano yahawe uBURUNDI๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎNiryo jambo   kuva muRWANDA yivugiye,Niwe mumenyesha makuru agezweho muri EastAfrica  ...
25/06/2020

๐Ÿ‘‘
Iyi niyo mpano yahawe uBURUNDI๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
Niryo jambo kuva muRWANDA yivugiye,Niwe mumenyesha makuru agezweho muri EastAfrica
no kuri Tv yiwe nshasha
Link yiwe: https://youtu.be/ywVuSOgdZis

24/02/2020
 aho tumaze imisi tubona   ikora indirimbo zitandukanye n' umuririmvyi umwe ariwe  'SBWOY atabandi bariko barakorana twa...
23/10/2019

aho tumaze imisi tubona ikora indirimbo zitandukanye n' umuririmvyi umwe ariwe 'SBWOY atabandi bariko barakorana twarabonye muri Sugua yari Lebo yose ya BANTUBWOY hanyuma hasohoka indirimbo ari kirikou hamwe na Elly'sbwoy ushobora kwiyumvira nikubera ik ari Elly'sbwoy wenyene??? Yoba ari muri management ya BWOY?? ariko reo ico abantu batabona kandi baguma biyumvirako cane ubwambere Elly'sbwoy kera kwandika ijambo yaryandika uku tukaba tuzi banntu bwoy bandika uku tukagaruka kubera iki 'SBWOY yoba yahinduye ako kajambo?? Hama amatwi ansumira nuko Elly'sbwoy agira asohore indirimbo nuwundi muririmvyi wo muri Bantubwoy kandi ntituzi ko babuze abandi baririmvyi bokorana canke ubukene bwabaye bwinshi muribo kuburyo abantu baguma babona biryanyene bituma barambirwa.

Bandanya mugira kuri kuko hari ayandi makuru tugiye kubaha agezweho.

NK Jdn promoter

 guys ubutuvuga nuko tuguma tubona ibivurwa kuri   arivyinshi kandi bitandukanye ariko hari ikindi kinini kivuwa kuri   ...
13/10/2019

guys ubutuvuga nuko tuguma tubona ibivurwa kuri arivyinshi kandi bitandukanye ariko hari ikindi kinini kivuwa kuri nuko umupfumu wiwe yamwihindutse nkico munda kabisa yarahiye avuga ko ubu gukorana na adashobora ako bamaze gukorana karamaze turibaza ko umupfumu wiwe ariwe yamukorera ama hit songs ubu agy kuba uwande๐Ÿค”๐Ÿค” Benshi baravuga ko agiye gusubira nka kera kuri zandirimbo zokutumena umutwe gusa kumbe atakintu. Nimwirabire ivyo umupfumu wiwe ariwe yanditse. hama mubandanye kugira kuri kugira mubandanye mwironkera amakuru atandukanye k 'umusi k'umusi

08/10/2019

Hari ibintu biba bibabaje ariko tukavyakira ukonyene ariko tubifise k'umutima uyumusi ariwe CEO wa kandi ariwe boss wa uyumusi yashoboye kwandika amajambo kurubuga kwiwe rwa facebook biboneka ko yarashavuye bimwe bivuye kumutima kuba abo Landry yafashije m'umuziki w'uburundi kugira bagume bavurwa ahatandukanye bose bari mugacerere atanumwe ariko aravuga umenga ntibabona nikintu nakimwe kandi aravuga iyimisi Landry amaze afunzwe irungu ryasasagaye hose ntabivurwa agacerere nikenshi biboneka ko Landry hari ikintu kinini yaramariye umuzuki ndundi muri rusangi hama AKES DON yashoboye kubajejwe umutekano kucubahiro cabo ko urubanza rwa LANDRY borwigako neza. hama mubandanye mugira kuri page mugume mwironkera amakuru mashasha k'umusi k'umusi.

Address

Kinanira 3
Cape Town

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Issa media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category