Sinner boy TV

Sinner boy TV UFISE ICO WAMAMAZA CANK TUKAKWAMARiZA AKAZI KAWE NIMERO NGAHO MUSI
(1)

10/09/2026

Nyakubahwa reverien yahishikiye muri kenya gukemura ikibazo bafise kandi ababwira ko buri umurundi ategerezwa gutaha ntibatinye ko amaze kuhashika vyose vyakemutse akajambo kuri nyakubahwa wacu

10/09/2026

Naho basinze inter milan coach yabasariye pe habavye pe 😂🔥

Abdi Ineza nawe ari kumwe n’umurwi wiwe Aigle Noire Sport Club, bitegura urugendo n’imikino ikomeye iri imbere. ⚽🦅🇧🇮Twib...
10/09/2026

Abdi Ineza nawe ari kumwe n’umurwi wiwe Aigle Noire Sport Club, bitegura urugendo n’imikino ikomeye iri imbere. ⚽🦅🇧🇮

Twibuke ko kuva agarutse avuye mu Barabu, Abdi Ineza yasubiye gukina muri Aigle Noire,ariko kuva aza narakina numusi numwe ariko agakomeza gutanga umusanzu wiwe no gufasha umurwi. 💪🔥

Turamwipfuriza amahirwe menshi hamwe n’umurwi wiwe Aigle Noire Sport Club! 🦅⚽❤️

AIGLE NOIRE SPORT CLUB igiye mu Rwanda gukina umukino wa retour na AL HILAL. 🦅⚽🇧🇮🇷🇼Turayifurije urugendo rwiza n’intsinz...
10/09/2026

AIGLE NOIRE SPORT CLUB igiye mu Rwanda gukina umukino wa retour na AL HILAL. 🦅⚽🇧🇮🇷🇼

Turayifurije urugendo rwiza n’intsinzi muri uyu mukino ukomeye. Mukomeze muduhagararire neza, Aigle Noire! 💪🔥🏆

10/09/2026

Aho bigeze birakomeye 😆⚽️🇧🇮

Come back for chelsea 😂⚽️
09/09/2026

Come back for chelsea 😂⚽️

Nyakubahwa wacu Ndikuriyo Reverien yamaze kwishikira muri Kenya, aho yagiye gukurikirana no gukemura ikibazo c’Abarundi ...
09/09/2026

Nyakubahwa wacu Ndikuriyo Reverien yamaze kwishikira muri Kenya, aho yagiye gukurikirana no gukemura ikibazo c’Abarundi bashaka gutaha mu Burundi.

Yasavye kandi ko ku Ambasade y’Uburundi iri muri Kenya hokongerwa abakozi, kugira ngo ku musi hatangwe nibura impapuro 500 ku Barundi bashaka gutaha mu gihugu cabo, harimwo n’abadafise impapuro zikenewe.

Iki gikorwa kigamije gufasha no kworohereza Abarundi bose bari muri Kenya bashaka gusubira iwabo mu Burundi.

09/09/2026
Umwe mubakinyi baba legend bakoze amateka muri message nyanza 2013 batazomwibagira ese ico gihe nawe wari uhari?🤛🏽🔥⚽️
09/09/2026

Umwe mubakinyi baba legend bakoze amateka muri message nyanza 2013 batazomwibagira ese ico gihe nawe wari uhari?🤛🏽🔥⚽️

Akajambo kamwe kuribo ubaziko?🔥🤜🏽
09/09/2026

Akajambo kamwe kuribo ubaziko?🔥🤜🏽

Address

Philippi Eat
Cape Town

Telephone

+25765772217

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sinner boy TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Sinner boy TV:

Shortcuts

Share