J. Claude Batungwanayo

J. Claude Batungwanayo WE ALL WANNA BE PATIENTLY
https://www.youtube.com/.Claude_Batungwa

Gusenga kuze kutubere ubuzima
01/05/2026

Gusenga kuze kutubere ubuzima

Amahoro y'Imana abane natwe twese.https://youtu.be/ctVMXKCchPc?si=-V8hhc0ld03_WgjFMu ntumbero yo kwamamaza ubutumwa bwiz...
23/10/2025

Amahoro y'Imana abane natwe twese.
https://youtu.be/ctVMXKCchPc?si=-V8hhc0ld03_WgjF
Mu ntumbero yo kwamamaza ubutumwa bwiza bwa Yesu Kristo, ishengero ry'abadventiste mu gihucu ca Africa Y'epfo ( South Africa) mu gisagara ca CAPETOWN, ryabateguriye igikorane kidasanzwe kizoremesha na Pastor umukuru wa Union y'UBURUNDI ariwe *Pastor Dieudonné Nshimirimana* kumagenekerezo ya 14--22.11.2025; 18h00-20h00

Ico gikorane kizobera kw'ishengero rya PAROW SDA, muratumiwe mwese kwifatanya natwe muri iyo migisha idasanzwe. Nawe ubonye iri tangazo tumira abandi bazohashike.

Amahoro neza bavukanyi mwese. Nagira mbabwire ko mfise umusi udasanzwe kubuzima bwanje le06.07 azoba ari dimanche hasiga...
21/06/2025

Amahoro neza bavukanyi mwese. Nagira mbabwire ko mfise umusi udasanzwe kubuzima bwanje le06.07 azoba ari dimanche hasigaye indwi zibiri gusa bimwe twita Birthday/Annif ikaba irageze😁👍 So muzompe nirire nkiriho kuko iyo twese turarikiye Kuja ntarasiyo ibayo😋🥰 Lumicash ntirahinduka ntimuzovuge ngo narabasiperenye🤣🤣🤣

Voir plus...
https://youtube.com/.claude_batungwa?si=yhCbzBBA85CIygl3

Inzira ni imwe gusa.
29/04/2025

Inzira ni imwe gusa.

Amahoro neza bakundwa b'Umwami.Iyi video yanje iri muri competition, nashaka kubasaba muri bwa bumwe, mubonye iyi sms nt...
22/12/2024

Amahoro neza bakundwa b'Umwami.
Iyi video yanje iri muri competition, nashaka kubasaba muri bwa bumwe, mubonye iyi sms ntimunyirengagize mukunshigikira mukugira like, subscribe na partage na comment muciye kwiyi link yo hasi.
https://youtube.com/shorts/sCa8y3kOAOE?si=5mD5-grSut5NpvTm
Imana ibagirire neza mwarahezagiwe. Sub4sub inbox

IBIKORWA VYACU BIZOTUVUGIRA
30/11/2024

IBIKORWA VYACU BIZOTUVUGIRA

Evelyne Kaneza
29/11/2024

Evelyne Kaneza

Happy  Birthday Evelyne KanezaAnd  Others
29/11/2024

Happy
Birthday

Evelyne Kaneza
And Others

*IMANA YASHINGIYE IKINTU COSE IGIHE CACO*https://youtu.be/H9yeRf0VqKY?si=2hOKWmFWlx1F3UjCIkintu cose cashingiwe igihe ca...
26/08/2024

*IMANA YASHINGIYE IKINTU COSE IGIHE CACO*
https://youtu.be/H9yeRf0VqKY?si=2hOKWmFWlx1F3UjC
Ikintu cose cashingiwe igihe caco, kand' *igikorwa cose musi y'ijuru gifise akanya kaco:* har' *igihe co kuvuka n'igihe co gupfa*; igihe co gutera n'igihe co kurandura ivyatewe; igihe co kwica n'igihe co gukiza; igihe co gusambura n'igihe co kwubaka; *igihe co kurira n'igihe co gutwenga*; igihe co kuboroga n'igihe co kuvyina;
*igihe co kurondera n'igihe co gutakaza*; igihe co kubungabunga n'igihe co guta;
Umusiguzi 3:1-4, 6

Song: : J. Claude Record: & Arrangment: J. Claude BATUNGWANAYOMixing & Mastering: D-ONEDirector: M.CEmai...

Address

Cape Town

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when J. Claude Batungwanayo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to J. Claude Batungwanayo:

Share