Nahimana Insights News

Nahimana Insights News I'm moving forward the good, the bad are the lessons.

 🇮🇱⚡🇧🇭 Igihugu ca Qatar casohoye itangazo rikomeye cane, ryagiriza   ko iriko ikora ibintu bidafise ubwenge kandi bishob...
19/03/2026


🇮🇱⚡🇧🇭 Igihugu ca Qatar casohoye itangazo rikomeye cane, ryagiriza ko iriko ikora ibintu bidafise ubwenge kandi bishobora guteza ingorane zikomeye, inyuma y’ibitero vyateye igice c’ikibanza kinini cane c’amasoko ya gaz kiri mu bumanuko bwa .
Naho Qatar yiyamirije cane ivyo bitero, Iran nayo ntiyatevye gufata ingingo ikomeye: yategetse ko abantu bose bakurwa mu gice ca kabiri c’ico kibanza kiri ku ruhande rwa Qatar, hamwe n’ibindi bikorwa vya Leta vy’inguvu biri mu karere ka Golf.
Iyi gaz iva mu kibanza kinini cane kw’isi, gisangiwe n’ibihugu bibiri: Iran (South Pars) na Qatar (North Field). Ivyo bibanza bibiri bifatanye, bikaba ari co gituma ari isoko rinini kuruta ayandi yose kw’isi.
Mu kwerekana ko ibintu bikomeye kurushiriza, Iran yamenyesheje ku mugaragaro ko ibikorwa vy’inguvu biri muri ako karere ka bishizwe ku rutonde rw’ibishobora guterwa.
👉 Mu majambo make: ibintu biriko birafata iyindi ntera, kandi aho bigeze, ikibazo ntikikiri gusa ku bihugu bibiri, kiriko kiragira ingaruka ku rwego rw’isi yose kubera ishavu rya Iran.

source :VT

🇧🇮Burundi: Mu gihe igihugu c'urwanda cagiriza Uburundi ko bufasha mu kwica abanyamurenge, mw'Ishirahamwe ry'abanyamureng...
18/03/2026

🇧🇮Burundi: Mu gihe igihugu c'urwanda cagiriza Uburundi ko bufasha mu kwica abanyamurenge, mw'Ishirahamwe ry'abanyamurenge " " barakeza Umukuru w'igihugu c'Uburundi k'ubutwari n'ubwira adahengeshanya kwerekana mu gufasha kugarukana ituze mu gihugu ca Congo no kubakingira , bagasaba ahubwo ko ingabo z'Uburundi zosubirayo guterera umuganda mw'ituzwa rya M23 isanzwe iriko ifashwe mu mugongo na Leta ya Kigali.

Ivyo vyashikirijwe na , arongoye iryo shirahmwe, mu gihe kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 17 Ntwarante 2026, yari aramutse yakirwa n'umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye ku kirimba kwa Ntare.

Muri uwo mubonano, kw'izina ry'abanyamurenge bose, Charles Nteza, akaba yashimye k'ukuntu Umukuru w'igihugu c'Uburundi 🇧🇮 yitanga atiziganya kugira ngo amahoro n'umutekano bisasagare mu gihugu ca kongo no mu karere .

Kubijanye n'amajambo y'abanyarwanda baguma bashaka kwambika ibara Uburundi mu kuvuga ko bufasha mu kwica abanyamurenge, uwo aserukira Ihuriro ry'abanyamurenge yateye ivyatsi ico yise ko ari amajambo y'amafondafondano ya politike y'urwanda, ahubwo agasaba ko ingabo z'uburundi zosubizwa muri kongo ngo kuko abanyamurenge batanguye kuronka ituze kuva igihe igisirikare c'Uburundi cari gitanguye kuja gufasha muri kongo.

16/03/2026

Paul Kagame 🇷🇼 vs Evariste Ndayishimiye 🇧🇮 raba uko barushanya umufungo💰💸💥 mumwaka wa 2025 uheze 🔥NEVA EVARISTE 🇧🇮 Hejuru cane🙌🔥 #

16/03/2026

Mbona iki😂😂😂😂

Ni iyihe moamvu abantu benshi bakomeje kwishimira urupfu rwa APOTRE MBAYAHAGA Wakomeje kugaragaza urwango rukomeye ku BA...
16/03/2026

Ni iyihe moamvu abantu benshi bakomeje kwishimira urupfu rwa APOTRE MBAYAHAGA Wakomeje kugaragaza urwango rukomeye ku BANYAMULENGE , ABANYAMASISI ndetse akenshi yagiye yumvikana utuka abayobozi b’URWANDA🇷🇼 kuburyo byavugwagako ashobora kuba akorerera INTERAHAMWE bigatuma bamugereranya na KANTANO muri Genocide yakorewe abatutsi 1994 MURWANDA
Kanda follow gusa

16/03/2026

🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 #🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 #🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 # Part 11

16/03/2026

🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 #🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 #🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 # Part 10

16/03/2026

🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 #🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 #🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 # Part 9

16/03/2026

🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 #🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 #🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 # Part 8

16/03/2026

🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 #🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 #🚨 🚨MBAYAHAGA WARUMWANZI W’ABANYAMUKENGE NDETSE N’ABATUTSI YAMAZE KUBATANGA IKUZIMU ✍️ TERMINE✅🇧🇮 CNDDFDD , MISSION BASHINJE YARANGIYE NAWE BAHITA BAMURANGIZA🤣 N’inde wababwiyemo AKINA 🤣 # Part 7

Address

Cape Town
Cape Town

Telephone

+25768084451

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Nahimana Insights News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share