Rwa Rwana Bdi

Rwa Rwana Bdi ⚠‼TEKEREZA NK'IMFURA
UKORE CANE N'IMFUVYI
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

04/09/2026

⚠Nimba utakoze ibibintu ntabwo ukomeye
Kanda umenye vyinshi

💫  n'          duhurire muri commentaire
03/09/2026

💫 n'
duhurire muri commentaire

31/08/2026

 🎙️🔥 DIAMOND PLATNUMZ 🇹🇿 YAZANYE RWANDA “FULL TEAM” ARIKO 😂Diamond Platnumz ntiyajemu Rwanda kuririmba gusa… yaje nk’umu...
31/08/2026

🎙️🔥 DIAMOND PLATNUMZ 🇹🇿 YAZANYE RWANDA “FULL TEAM” ARIKO 😂Diamond Platnumz ntiyajemu Rwanda kuririmba gusa… yaje nk’umuntu agiye gukora opération spéciale! 😂🔥
Microphone yiwe bwite 🎙️, umuntu amukurikirana amajwi, abatamvyi biwe, abamufata amashusho hamwe n’abandi bo muri team yiwe… bose baramukurikiye! 👀🔥
Bamwe bavuga ko ari professionalism no kwitwararika quality 💯, abandi bakibaza bati: “None abatechniciens bo mu Rwanda ntibazi gukora amajwi?” 😂😂
Ariko ikintu kimwe ni ukuri: Diamond ntasiga performance yiwe ku mahirwe. Iyo aje kuri stage, aba ashaka ko ibintu vyose bigenda uko yabiteguye. 👑🎙️🔥

🤔 NONE WEWE UBONA YAZANYE MICROPHONE N’ABANTU BIWE BOSE KUBERA QUALITY CONTROL, CANKE NTIYIZERA Aba TECHNICIENS BO MU RWANDA 🇷🇼 🔥 kubera bakunda kuzimya ivyuma mugihe Kirikou akili aba Ari kuri stage 🤣🙏🙏

Reka comments zivuge ukuri! 👇🏽😂🔥 Nawe abo murwanda wobizera uravye ivyo bakoreye kirikou akili?

30/08/2026

AmAkuru agezweho mukirundi Part 10

30/08/2026

AmAkuru agezweho mukirundi Part 9

30/08/2026

AmAkuru agezweho mukirundi Part 8

30/08/2026

AmAkuru agezweho mukirundi Part 7

Address

Four Ways
8080

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Rwa Rwana Bdi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Rwa Rwana Bdi:

Shortcuts

Share