Menya Official TV

Menya Official TV musical, theatre, Heath

Abantu mwahora muvuga ko atambwa itukukura murabona uyu munsi ndayibazaniye 😂😂😂
03/07/2023

Abantu mwahora muvuga ko atambwa itukukura murabona uyu munsi ndayibazaniye 😂😂😂

🔴 Dufate ko abarundi tungana imiriyoni cumi na zibiri (12.000.000) none nk'ubu dufashe umurundi umwe wese agatanga ibihu...
26/06/2023

🔴 Dufate ko abarundi tungana imiriyoni cumi na zibiri (12.000.000) none nk'ubu dufashe umurundi umwe wese agatanga ibihumbi bitanu (5.000frb) ayo mahera yongana gute ? Indege igurwa angahe ? None ibi bintu vyo kwama mundege dukodesha hamwe n'abarongozi bacu bakagendera mundege zo gutira aho ntitwoyakuramwo ayoyigura tukabisezera none 🤷‍♂️???

Abize ibiharuro neza baharure bayavuge muri commentaire hama abazi uko indege zigurwa bavuge igiciro cazo abarundi twese twigurire rutema ikirere yacu 🚶‍♀️🇧🇮🇧🇮

Présidence - République du Burundi
Cndd-Fdd
Inama nshingamateka
Abarundi
BENE NTARE

🔴 Ndabibutseko ugutukwa kw'igihugu kumaramaza umurundi wese ah'ari muri rusangi... Kandi abarundi turangwa no kwihagararako, rero vyoba vyiza twihagazeko mubintu twagezeko apana ivyo tudafise...

🔴   !!! Koba ari akamaramaza mugihe vyoba ar'ivyo: Menya@🔴Umuhora wogutumatumanako Limitel wadugije ibiciro vyamamega . ...
26/06/2023

🔴 !!! Koba ari akamaramaza mugihe vyoba ar'ivyo: Menya@

🔴Umuhora wogutumatumanako Limitel wadugije ibiciro vyamamega .
🔴Uyumusi igenekerezo rya 26.06.2023 niho abanywanyi ba Lumitel , bagerageje gushaka kugura amamega , Baca bisanga ibiciro vyahindutse .
🔴Umutekero wa MB yukwezi ubayabaye twahora tuwuronkera Kuri 5 000 FBu , Ubu ni 10 000FBu
🔴Uyundi ubayabaye wahora Kuri 7 000 FBu , Ubu ni 20 000 FBu .
🔴
Abasanzwe bakora ubuzi bwabo , bifashishije MB bavugako Iyi ngingo ije itaborohereza nagatoya .
🔴
Namwe Niko mubibona ???
Kora canke follow kuri ino page menya@

26/06/2023

Why men die first in marriage 💑

Sat B arahasatuye ndakurahiye
25/06/2023

Sat B arahasatuye ndakurahiye

Umwe yama imbere yabandi baririmvyi muri burikintu mukwiyibaka mumuziki wu Burundi Sat-B icubahiro aragikwiriye kuneza m...
25/06/2023

Umwe yama imbere yabandi baririmvyi muri burikintu mukwiyibaka mumuziki wu Burundi Sat-B icubahiro aragikwiriye kuneza mwanse ninguvu zizojamwo urabona ivyo mwihaye.

Sat_B
25/06/2023

Sat_B

D-One
25/06/2023

D-One

🔴 IMPAMVU BAMWE BATERA IMBERE MU MUZIKI 🇧🇮🔴 Nuko bamaze kumenya gukorera hamwe ,uturorero : 🔴1. Double Jay & kilkou akil...
25/06/2023

🔴 IMPAMVU BAMWE BATERA IMBERE MU MUZIKI 🇧🇮

🔴 Nuko bamaze kumenya gukorera hamwe ,uturorero :
🔴
1. Double Jay & kilkou akili (Biliman boy )
🔴
2. Rappy Boy& Trey-Zo
🔴
3. WE love MUZIKI ( DJ Fernando & Gusto kuliyo)
🔴
4. Les jumeaux ( Haston & Chino -B )
🔴
Nabandi Benshi !!!!
None mweho gute ???
🔴
Akarorero gato , kubemera , Yezu/Yesu ubwiye Aho yaba arihose , yabarikumwe nabashika 12 .
Weho wikorana nkande ???
🔴
Kubikorana namwe , Nivyiza cane Kuko mwerekana ubwitange bwanyu Aho buhagaze , ivyo ninavyiza cane kurusha .
Ariko mwebwe mutifise , emera mukorane nabandi kudyango tugere Aho dushaka kandi muburyo bunyarutse .
🔴
Ndabatuye Kano karirimbo gashasha ka : https://youtube.com/watch?v=ZLG8alslDEw&feature=share7 !!!! Impanuro Gratuits ??
🔴

25/06/2023

Menya official

Address

Lusaka

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menya Official TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Menya Official TV:

Share

Category