Katar Simon Daniel

Katar Simon Daniel Gospel 🌎 🎤🎵

Ninde yabwiye Bonnke Anglicano ko Burunga Talent Demonstration ari Takataka??Ni Bonnke Anglicano ubona ko atishimiye na ...
21/05/2026

Ninde yabwiye Bonnke Anglicano ko Burunga Talent Demonstration ari Takataka??

Ni Bonnke Anglicano ubona ko atishimiye na Gato Umuntu ashobora Kuba Yamubariye nabi kubijanye na Burunga

Ninde mwansi w'iterambere??
Hoba habaye iki??

fans Ézéchiel Lavezzi Faraday key

Iyo Ugitaha Muhira Usanga Ivyo kurya Bihari Utazi Uko vyarondewe Aho uryama N'aho kwogera Ugasanga Vyose bimeze neza Bir...
20/05/2026

Iyo Ugitaha Muhira Usanga Ivyo kurya Bihari Utazi Uko vyarondewe Aho uryama N'aho kwogera Ugasanga Vyose bimeze neza Birateguye Biroroshe Kugira Ivyo ubona Ko atari Vyiza Kuko ntaco Uba U*i ✍️

Faraday key wewe abona ko Burunga Talent Demonstration ikwiye Gutegurwa nka 😆 😂 😆 😂 😆 😂

Uracafise vyinshi vyo kwiga Cane
Ariko niwamara kumenya Uko amahiganwa atunganywa uzomenya ko Bonnke Anglicano akwiye Guhabwa amashurwe Yiwe Kare Cane Kuko N'Umushingantahe cane

Thank You No Parking Tv Burundi
Thank You Bonnke Anglicano
We Love You

fans Ézéchiel Lavezzi Inyishu TV Buganuka Updated Fiston Ngabo Ni Vérité

  🔥 Uwutari abizi n'abimenye, uwari abizi nawe abibwire abandi avuge cane ko Speak Life Conference yamaze kudushwaramwo ...
19/05/2026

🔥

Uwutari abizi n'abimenye, uwari abizi nawe abibwire abandi avuge cane ko Speak Life Conference yamaze kudushwaramwo hano Ingozi iwacu.

Mu murwi w'abahimbaza Mana Speak Life, baduteguriye ibihe bidasazwe vyokubana nabo munyigisho, kucivugo: .

Nikw'igenekerezo rya 23 Rusama 2026 munyubakwa z'ishengero ry'Abagenzi ry'I Ngozi kuRubuye, igihe c'isaha 8h00 gushika 12h00.

WOBA URI UMURIRIMVYI WINDIRIMBO MPIMBAZA MANA, UMUNYAMUZIKI?

MURAHAWE IKAZE AKARYO N'AKANYU NTIKABACIKE.

fans Ézéchiel Lavezzi Dusenge Alice Minister Inyishu TV Fiston Ngabo No Parking Tv Burundi Faraday key Youth And Word Eric Kwizerimana Buganuka Updated

18/05/2026

Burunga Talent Demonstration
Mega Gospel Festival

fans Ézéchiel Lavezzi Dusenge Alice Minister Inyishu TV Fiston Ngabo Faraday key Ngenda donathe official Youth And Word

Mugihugu c'Uburundi Nimba dufise abantu 5 Bavuza Piano neza Cane Uyu Musaza Arimwo Ivyo ndavyemeza Uwobiharira azobaze A...
18/05/2026

Mugihugu c'Uburundi Nimba dufise abantu 5 Bavuza Piano neza Cane
Uyu Musaza Arimwo
Ivyo ndavyemeza Uwobiharira azobaze Abanyarumonge ✍️

Mw'Ihiganwa niwe Muntu wenyene akuze Cane Kurusha Abandi ✍️

Uyu Mutama kandi Afise Indirimbo nshasha aherutse Gushira ahabona Kurubuga rwa Youtube yise https://youtu.be/GhHxRkeqdXA?si=ECLkARp3yRJfai-j
https://youtu.be/GhHxRkeqdXA?si=ECLkARp3yRJfai-j

Uyu Mutama afise Ijwi ryiza Cane Ryamuhaye Gushika Muri Final

Amahirwe menshi arashobora Gutsindira Agashimwe ka Burunga

fans Ézéchiel Lavezzi Dusenge Alice Minister Inyishu TV Faraday key Fiston Ngabo No Parking Tv Burundi Ngenda donathe official Bonnke Anglicano Youth And Word

Hariya Murumonge Muri   aba Nibo bantu 11 Bashoboye Gushika Mugice Canyuma (Final)Tubakeze cane  fans Ézéchiel Lavezzi D...
18/05/2026

Hariya Murumonge Muri aba Nibo bantu 11 Bashoboye Gushika Mugice Canyuma (Final)

Tubakeze cane

fans Ézéchiel Lavezzi Dusenge Alice Minister Inyishu TV Fiston Ngabo Eric Kwizerimana Faraday key Youth And Word Bonnke Anglicano Ngenda donathe official

Hello Fam Helloo Fam Umuririmvyi akaba n'Umwanditsi windirimbo mpimbaza Mana   yabateguye igiteramo ciswe " "Twobamenyes...
06/05/2026

Hello Fam Helloo Fam

Umuririmvyi akaba n'Umwanditsi windirimbo mpimbaza Mana yabateguye igiteramo ciswe " "

Twobamenyesha kandi ko asanzwe afise urukurikirane rw'indirimbo ariko arakora rwitwa " "

Ico giteramo kikaba gitegekanijwe kuma genekerezo ya 14/06/2026 kuva isaha 15h00 i Bujumbura -Kanyosha haruguru ya ecofo busoro kumadarete aho ishengero rya rikorera.

Muhawe ikaze Mwese kwifadikanya natwe muri Ivyo bihe bidasanzwe

https://youtu.be/43DaQ8-rbWg?si=qGduzA9EdpRWKPJg

fans Ézéchiel Lavezzi No Parking Tv Burundi Dusenge Alice Minister Inyishu TV

Imwe Mungabire Imana Yahezagije Intara Nziza Ya Burunga n'Ukuba Dufise Bonnke Anglicano Iwacu Ni Umurongozi wa   isanzwe...
04/05/2026

Imwe Mungabire Imana Yahezagije Intara Nziza Ya Burunga n'Ukuba Dufise Bonnke Anglicano Iwacu

Ni Umurongozi wa isanzwe Itunganya uko Umwaka Utashe

Hari Kuri Uyu wagatandatu igenekerezo rya 02/05/2026 mugikorwa Ca 1/4 de Final

https://www.facebook.com/BurungaTalentDemonstration

Akajambo Kamwe Kuri Bonnke Anglicano

fans Ézéchiel Lavezzi Dusenge Alice Minister No Parking Tv Burundi Inyishu TV Faraday key Fiston Ngabo Ngenda donathe official Youth And Word

🇧🇮         ✨🔥 DEEPER PRAISE 🔥✨kuncuro igira kabiri ishimwe ryimbitse riragarutse,ibihe bidasanzwe aho icubahiro c’Imana ...
20/04/2026

🇧🇮 ✨🔥 DEEPER PRAISE 🔥✨

kuncuro igira kabiri ishimwe ryimbitse riragarutse,ibihe bidasanzwe aho icubahiro c’Imana kigaragara muguhimbaza tuvuga ubukuru bwayo 🙏🏾✨akaryo akeza koguhura n'Imana dushima kuvyo yadukoreye nivyo ikomeza kudukorera,umwanya udasanzwe w’

ishimwe no gusenga no kuba mu bwiza bw’Imana

Ni Samuel niko umuririmvyi windirimbo mpimbaza mana wo muntara ya gitega yaduteguriye 🎶 Ishimwé Ryimbitse si igiteramo gusa… ni umwanya woguhura n’Imana.

Ni kwigenekerezo rya📅 03 RUSAMA 2026 igihe cisaha⏰ (16h00) Mukibaza ca📍 Eglise Evangélique des Amis de Kwibuka

🎤 Akazoba ari kumwe na: AROMA OF CHRIST TEAM

♥️Umutima ni wawundi, impwemu ni yayindi,ikirere no cakindi nyene👋

🗣️ Ntuzoze wenyene… 🎉urazana n’abandi🙌

19/04/2026

Burunga Talent Demonstration
3rd edition

fans Ézéchiel Lavezzi Dusenge Alice Minister Inyishu TV

Address

Rumonge

Telephone

+260974099967

Website

https://www.instagram.com/katarsimon?igsh=MTcxb

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Katar Simon Daniel posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share