28/06/2026
U*I IGITUMA ABANYAMAHANGA BAKIZE? UMUNTU IYARI NUBWENGE BARABUGURA, ARIKO MURI AFRICA UMUNYABWENGE ACIKA UMWASI, IKIJUJU BAKAKIGIRA IKINYABWENGE!!!
------ NGO UBURUNDI BURAKENYE--
Gukena kwu Uburundi suko atahova amahera, Ikibazo Abategetsi b Uburundi hamwe nimbonerakure zibashigikiye ni ABANEBWE
Jewe ndi Perezida nka Evariste Ndayishimiye ,Canke nkaba umwunganizi wiwe, mumwaka umwe 1 Gusa iki naba nagikemuye, KUNEZA CANKE KUNABI. Guko na Evariste Ndayishimiye Mbona abembereza NTACAHANOBA!!
Nobanza nkashakisha ngene duhabwa ico bita (Smart Bus Cards): izi karata zaba zigize Sisiteme yo kwishura BUS ukoresheje ikarata , bigahagarika kugenda na BUSI Ukoreshejeje amahera muntoki, Bino vyatuma amafaranga yose yinjira mu mufuka wa Leta Canke uwa kompanyi zitwara abantu bitarinze kwibwa Nabashoferi. vyazana amahera mukigegca ca LETA Neza
2-Twafuta BURUNDI Ugutangisha amakori bahokereshejewe Ibipapuro , ibi vyatuma abasoresha badashobora kwakira Igiturire. Amafaranga yose yaahita aja muri Banki Nkuru y'Igihugu ku buryo bubangutse (Automation)
3- KUGABANYA umubare wabajejwe umutekano bagendanira abantu .Aba DEPITE Nahita ndabahurungura bakaba bake, umutegetsi namuha abajejwe umutekano 1 canke 2 gusa .vyatuma abandi bapolisi basubira mumabarabara gucunga umutekano w'abanyagihugu basanzwe, kandi bikagabanya amafaranga Leta yatanga ku marondo yabo.
4-imodoka shasha zose Zabategetsi ZAVANWAHO, ntamodoka nimwe yosubira guhabwa UMUTEGETSO KUBUNTU. Aho guha buri mutegetsi imodoka y'ubuntu, Leta yaza ibagurira imodoka ARIKO bakishura gahoro gahoro baciwe ku mushahara wabo , kino mucongereza bacitwa (Amortization). Bino bizozigama amahera menshi y'igihugu.
5-Ingendo zidakenewe zabategetsi ZOSE NAZIHAGARIKA BURUNDU. Ntanumutegetsi yosubira kugenda mundege ya VVIP, Bose bogenda nkabandi bantu basanzwe. nka Perezida canke umushikiranganji wambere agiye ku kibuga c'indege, ntabwo ,Nta MODOKA 20 Nokwemerako zimuja inyuma, , Imodoka gusa zabajejwe umutekano zaba zihagije ntabangamira nabanyagihugu bariko bikorera utwabo
6-. noshiraho umugwi wigenga wamanyama, uwomugwi wobujejwe kwiruka kumuntu wese yariye igiturire canke akiba amafaranga ya LETA, Bamufashe boca bagurisha imitungo yiwe nivyiwe namande , ayomahera agaca agarukanw amukigega ca Leta agafasha mubijanye nukuzana IBITORO Vyabanyagihugu
7- AMASHENGERO GUTANGA AMAKORI RYABA ITEGEKO, Wase TWAKWUGARIRA, Usaze ugwo mumutwe, Buri masengero bivanye nubushobozi rifise, ryategerezwa kwerekana umusanzu ririko rikora mugihugu, kandi amafaranga abivuyemwo akaja kuri bank bikazobafasha nabo mubindi nabahasengera bakazofashwa bikenewe,
8-Harico noca nkora bitwa (Emergency Budget Cut)9 INAMA YIHUTIGWA YUGUCA UMUSHAHARA, Umushahara wabategetsi bakomeye, nowuhagarika nkawuca ukwezi kumwe, Ariko mbanje kubibabwira bakavyitegurira, kandi nuwanje woburimwo,
aya mafaranga ubwonyene agahita ajanwa mukigega co kugura bisi nshasha za Leta n'ibitoro kugira ngo igiciro c'ingendo n'ibicuruzwa kigabanuke.
9-Naca NIHUTA Gushaka Ikoranabuhanga rya AI mu Bugenzuzi bwamahera muri Bank, ino bayita mucongereza (AI Auditing), twaca dushiramwo Program muri AI Ya LETA zigenzura imikoreshereze y'amafaranga mu bigo vya Leta. ino AI ico ikora iyo hagize uwunyuruza amahera muri system canke ntibiboneke ko barunaka barishe ubwonyene ica ivumbura aho amafaranga yanyurujwe yagiye ,wabanz akubisabira uruhusha!!..
THEN YAMITWE YA CNDD FDD NIMBONERAKURE BACA BAKUBWIRAKO IVYO BIDAKUNDA, , Iyumazi kwiyugara mumutwe ko ikintu runaka kidakunda uba wamaze kwiroga
Ntakidakunda hano kwisi nabaja mwisanzure barajayo, ntawaraziko bobaga umuntu bakamukuramwo inyama runaka mumubiri m agakomeza kubaho!!< so NIBINDI VYASHOBOKA,