Ijambo ry'Imana Ribohora

Ijambo ry'Imana Ribohora Nuko ni mugende, muhindure amahanga yose abigishwa,..

mubigishe kwitondera ivyo nabageze vyose.Matayo28:19-20
Tubwira abantu ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese No kumenyesha abantu ko agakiza aruguharirwa ivyaha.

13/09/2026

UKO YESU
ABISANZE
SIKO ABISIGA

12/09/2026

YESU
ARAGUKUNDA
CANE

11/09/2026

NTAWUNDI
MWAMI
AMEZE NKA
YESU

10/09/2026

KUBAHO MU KAJAGARARI KIVYAHA NTABWO ARIBWO BUZIMA BWIZA, GUKORA IVYAHA S'UBWENGE N'UBUPFU,INAMA Y'IMANA NUKO WIHANA BIGISHOBOKA

IMANA IGUHE KUNESHA IVYAHA

10/09/2026

UMUGANGA
MWIZA NI
YESU

WAME UNESHA MW'IJURU HAZOJAYO ABANESHEJE
05/09/2026

WAME UNESHA MW'IJURU HAZOJAYO ABANESHEJE

05/09/2026

YESU ARAGUKUNDA
CANE

04/09/2026

NTIMUKIGANYIRE ,IYATANZE UMWANA WAYO AGAPFA KUBWAWE ,NTIYOKWIMA IVYO KURYA ,IYAGUHAYE AGAKIZA NTIYOKWIMA AHUBA ARIKO BIRAGUSABA KWITWARARIKA UBWAMI BW'IMANA NO KUGOROROKA KWAYO NIHO IVYO VYOSE MUZOVYONGERWA

Address

Wootton Bridge

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ijambo ry'Imana Ribohora posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ijambo ry'Imana Ribohora:

Shortcuts

Share

Category