Ninde Avyitayeho.Net

Ninde Avyitayeho.Net are Allow��

09/11/2024

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Christabella Nimbeshejeho

🚨URYOSHE UBURYOSHE SHAA💪💪🚨 Ivyo ukora vyose ntuze wibagire iyo wavuye 👇🏽👇🏽❤️🇧🇮==============================⚽️ Ndayishim...
03/11/2024

🚨URYOSHE UBURYOSHE SHAA💪💪🚨 Ivyo ukora vyose ntuze wibagire iyo wavuye 👇🏽👇🏽❤️🇧🇮

==============================

⚽️ Ndayishimiye Youssuf 🇧🇮 agiye kuriha imishahara yabakinyi hamwe na Staff ya AIGLE NOIR CLUB SPORTIF uyumwaka wa 2024-2025 , imyambaro yuwo mugwi guhera muri izoba yanditseko NDAYISHIMIYE YOUSSUF .

🟢⚪🔴⚠️| Inkino 1️⃣5️⃣ Yatsinzwe 8 Atsinda 4️⃣ anganya 3️⃣ Kuba bamwirukanye nikimwe ariko kandi FFB novuga ngo biyihe ici...
24/10/2024

🟢⚪🔴⚠️| Inkino 1️⃣5️⃣ Yatsinzwe 8 Atsinda 4️⃣ anganya 3️⃣ Kuba bamwirukanye nikimwe ariko kandi FFB novuga ngo biyihe icirwa Cumumenyereza intamba Murugamba zikeneye!

🔑 Inka ikamwa ico yariye nimba dushaka umusaruro akanoti nimba kahari icirwa bakibonye nibazame umumenyereza babona dukeneye ataruwo kwitiza canke uwo dukoresha kubera twabuze uko tugira!

↪️ Ataruko uwuzoza wese nicokimwe!

🔴STADE INTWARI🥱🥱🥱🥱

🔴TRES URGENT🇧🇮🇧🇮Turatabariza Ibarabara ry'Igihugu Rugombo- Kayanza(Cibitoke) rigeze ahumwansi ashaka bivanye nukuntu ris...
19/10/2024

🔴TRES URGENT🇧🇮🇧🇮

Turatabariza Ibarabara ry'Igihugu Rugombo- Kayanza(Cibitoke) rigeze ahumwansi ashaka bivanye nukuntu risigaye rimeze mwik'igihe🤷‍♀️ ,turiko turabivuga urashobora kwibaza ko vyoroshe nyamara siko biri kuko iryo barabara rirageramiwe cane n'ibinogo vyinshi birirangwamwo hamwe n'imisozi yarigwiriye bigatuma abakoresha iryobarabara Mukwiyunguruza batoroherwa n'ingendeshwa zabo zikama zagize ibibazo bitewe n'ububi bwiryo barabara aho tugerageje kubereka kumasanamu n'igice c'iryo barabara co k'umutumba wa Rumvya,Commune Mabayi,zone Buhoro aho bibonekako ibarabara akanya nakanya rishobora gucika bivanye nukuntu rigeramiwe, Commune nabajejwe Intwaro bo mwako karere baragerageje Gutabaza abajejwe ivy'amabarabara muga ntakirakorwa nubu haraheze ikiringo c'imyaka yababa ibiri batabaza🙆‍♀️ saho gusa muri rusangi iryobarabara ryose rirangwamwo ibinogo vyinshi muga ubutabazi bwarabuze.
Turasaba ababijejwe kubanguka gutabara ibara ritaragwa🧏‍♀️🧏‍♀️🇧🇮🇧🇮

✍️

🔵🟣🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Intamba Mu Rugamba birangiye zikubise Malawi 3-2 murukino rwibisazi Mbega Intango nziza ku Burundi Bwacu amanot...
05/09/2024

🔵🟣🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Intamba Mu Rugamba birangiye zikubise Malawi 3-2 murukino rwibisazi

Mbega Intango nziza ku Burundi Bwacu amanota 3 yambere Bravo basore bacu

Urukino rukurikira Sénégal kuwa mbere

🇧🇮🇧🇮🇧🇮Shirako Idarapo ryigihugu muri Commentaire wirenganire 🙏🙏🔥

💨⚫⚪🏆 BOUM 🎉 Real Madrid utwaye igikombe ca Super Coupe de l'UEFA, niwo CHAMPION D'EUROPE mumigwi !Igitsindo ca Valverde ...
14/08/2024

💨⚫⚪🏆 BOUM 🎉 Real Madrid utwaye igikombe ca Super Coupe de l'UEFA, niwo CHAMPION D'EUROPE mumigwi !

Igitsindo ca Valverde n'ica Mbappé bihaye intsinzi Real Madrid imbere ya Atalanta uno munsi.

Mbeg'urukino rw'ubusazi rukinywe na Fede Valverde hamwe na Jude Bellingham 🔥

Atalanta yaronse urukino mugice cambere ariko ntibabivyaza umisaruro, TAYALI biranse uno munsi.

FT : REAL MADRID ⚪ 2-0 🔵 ATALANTA

27/07/2024

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Aline Lili Nice, John Claude Niyo

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Elyse Nshimiyimana, Therence Nzeyimana
26/06/2024

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Elyse Nshimiyimana, Therence Nzeyimana

  ⚽️ : C'est fait, Kylian Mbappé rejoint officiellement le Real Madrid pour 5 ans ! Le transfert de la décennie ? 🔥
03/06/2024

⚽️ : C'est fait, Kylian Mbappé rejoint officiellement le Real Madrid pour 5 ans ! Le transfert de la décennie ? 🔥

🔥💪L'Europe est ⚪️  🔥🔥
01/06/2024

🔥💪L'Europe est ⚪️ 🔥🔥

Guess the scores and win🥰🙅‍♀️
24/05/2024

Guess the scores and win🥰🙅‍♀️

Guess the results of Real Madrid games to be entered into exclusive prize draws. Take part now!

🚨 Real Madrid Igeze muri Finale ikubise Bayern München kuri Santiago Bernabéu ibitsindo 2-1 muminota yanyuma muri Champi...
08/05/2024

🚨 Real Madrid Igeze muri Finale ikubise Bayern München kuri Santiago Bernabéu ibitsindo 2-1 muminota yanyuma muri Champions League !

FT : Real Madrid ⚪ 2-1 🔴 Bayern Munich

89' ⚽ Joselu Mato
91' ⚽ Joselu Mato

🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

🙌 ¡CAMPEONES! 🙌🏆 LaLiga 2023/24
04/05/2024

🙌 ¡CAMPEONES! 🙌
🏆 LaLiga 2023/24

Paris se qualifie pour les demi-finales de Ligue des champions et défiera le Borussia Dortmund ❤💪💪💪
16/04/2024

Paris se qualifie pour les demi-finales de Ligue des champions et défiera le Borussia Dortmund ❤💪💪💪

Address

DavyChrisVevo@gmail. Com
Bujumbura
LUMICASHI:69558880

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ninde Avyitayeho.Net posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ninde Avyitayeho.Net:

Videos

Share


Other Media/News Companies in Bujumbura

Show All